Top Tweets for #IMIGAMBWE
8. Ntidukeneye gukunda #fpineza #francirohero, cank #imigambwe dukeneye gutahura icokorwa ngo ubutunzi bwiyongere, imibereho yisununure, abarundi bagire amahirwe. Abantu barahera cokimwe n imigambwe, hasigara igihugu. #itekaryawe niryo #itekaryanje
#burundi,#commune #mwaro #zone kanka.uyumusi igenekerezo rya 26/10/2024 bagiwe imbere #icegera ca mustanteri wakomine #Bisoro yakera ajejwe iterambe n'abaserukira #imigambwe,#amadini,#amashirahamwe yigenga #abenegihugu bomuri #kankazone basibuye ibarabara bita #ryakiranga

Ubu butumwa bwa Perezida #OBAMA ku barundi n'ubu buracari inkoramutima. Abiyamvya ngo bashizeho imigwi yo gutegura #amatora y'ikinamico, mu gihe #abarundi isinzi, #imigambwe, #amashirahamwe n'#amahuriro #vyomowe bibarizwa mu buhungiro, ntaho bataniye n'abategura ingwano bayibona.

Koko nta n'isoni? N'ukwiteza utunyoni nk'abatazi ko ataco #bacambariye, canke ko #atawukibaha ni rwere, canke?
NIBA MUZI KO ATACO #MWIYOTSA, GARUKANE #ITUZE, MUKURE #ITERABWOBA, MUREKE #INTAHE YIGANZE, #IMIGAMBWE IKORE, HABE #AMATORA KU #MUGARAGARO, AMA #RADIO YIGENGA AKORE, ETC.

Hamwe iz'ingingo zoja munguro ntakeka igihugu cohatorera akoyokwe.#imigambwe ikore amanama ibimenyesheje itarinze gusaba uruhusha,#inzu za nyakatsi zisezerewe n'ibindi n'ibindi....

Imigambwe itandukanye mubudasa bwayo muntara ya Bubanza yifadikanije nishiramwe #Cenap#Bateguye ibikorwa rusangi biheze hakaba urukino rwumupira wamaguru ukaza gikinwa nurwaruka rwomumigambwe itandukanye icivugo #Imigambwe Dutsimbataze anahoro mubudasa bwayo

#Burundi 12/02/2020: Buramatari w' Intara ya @MuramvyaProv @nicimbeshe yagirishije inama abahurikiye mu ma #Komite y'Umutekano ihurikiyemwo bose n'abarongoye #imigambwe ku rwego rwa Komine n'urwego rw'Imitumba.

#Burundi
1/Mu gitondo c'uno wa Gatatu, Nyakubahwa Buramatari w' Intara nziza ya @MuramvyaProv Umukenguzamateka @nicimbeshe ariko aragirisha inama abahurikiye mu ma #Komite y'Umutekano ihurikiyemwo bose n'abarongoye #imigambwe ku rwego rwa Komine n'urwego rw'Imitumba.

#Burundi
6/Inyuma y'ibirori , Musitanteri wa @CommuneBukeye yaciye asangira ikirahuri n'abatwara ubuzi mu Ntara, abatwara #Imigambwe, n' #Amashengero, n'Abakuru b'imitumba.
Uwutwara @SahwanyaFRODEBU muri #Komine yasavye ko @BurundiGov bokubita intahe mu gahanga abishe NDADAYE

Last Seen Hashtags on Sotwe
محلي_جزائري
Seen from Algeria
niairwan
Seen from Malaysia
bandit
Seen from United States
happyending asian
mattiagallettini
Seen from Italy
nolimit()************************************* filter:native_video
Seen from Turkey
muscle incest
Seen from Panama
omorashi
Seen from Canada
gunshow
Seen from Greece
findomarg
Seen from Spain
Most Popular Users

Elon Musk 
@elonmusk
240.6M followers

Barack Obama 
@barackobama
118.7M followers

Cristiano Ronaldo 
@cristiano
114.5M followers

Donald J. Trump 
@realdonaldtrump
111.9M followers

Narendra Modi 
@narendramodi
107M followers

Rihanna 
@rihanna
98.7M followers

NASA 
@nasa
92.2M followers

Justin Bieber 
@justinbieber
91.8M followers

KATY PERRY 
@katyperry
90M followers

Taylor Swift 
@taylorswift13
84M followers

Lady Gaga 
@ladygaga
75.5M followers

Virat Kohli 
@imvkohli
73.4M followers

Kim Kardashian 
@kimkardashian
70.8M followers

YouTube 
@youtube
68.7M followers

Neymar Jr 
@neymarjr
66.4M followers

Bill Gates 
@billgates
65.2M followers

Selena Gomez 
@selenagomez
63.1M followers

The Ellen Show
@theellenshow
62.1M followers

CNN 
@cnn
61.7M followers

X 
@x
60.6M followers
























