Top Tweets for #InKoNa
Abasigaye murindiriye iki?
We @pnininahazwe be na @FOCODE_ yawe wabonye ko musesa amazi kw'ibuye ?
#Inkona Ntiyaruzwa Kirazira!
@CnddFdd @CBurunga @SNzikoruriho @GastonNimenya pange akarere Batama ✊

@Patriote257 Twama twabitegeje mon frère @patriote257 kimwe mbe nkamuta ma @honndikuriyo uwushaka kuba intwari araza aje imbere ibisigaye mubuzima ntuzobe igikona uzobe #inkona kuko #igikona kivuga amajambo meshi ariko kikagurukira Hafi #inkona ivuga make ikagurukira kurere ndetse ikamana
#Félix_Nindorera ntazigera ahengeshanya kwerekana ivyiza vy'umugambwe #Cndd_Fdd
@GregLeGrecq ndabona ko namutesheje umutwe hamwe n'uwuraho ntiriwe ndavuga🤣
#Gumehamwe dupange akarere kuko #Inkona ntiyaruzwa.
#ToraNeva2027
@CnddFdd @CBurunga @NtareHouse @SNzikoruriho @EMbirigi
Panga akarere Mzee Afande @R_Ndikuriyo
#Inkona ntiyaruzwa_kirazira❌
@CnddFdd @CBurunga @DorianeMunezero @SNzikoruriho @EMbirigi

#Inkona
Ububangutsi_Ubukerebutsi_Ukutarambirwa
#Cndd_Fdd Tsinda Imyaka yose
@NtareHouse @CnddFdd @CBurunga @GeneralNeva @R_Ndikuriyo @Patriote257 @DorianeMunezero @sinrenovat

🛑‼️ Jewe sinegera nja kuri X yiwe ngo ndakabwize ukuri ariko ko karaza kuntuka 🤣
Rero akabwa ka #Kilogologo ngo ni @Edbiziman,aka patriote, mwirabire
Utuntu kandika ibintu vy’umwana atarezwe , ubu kuri X aba #DD basigaye nibarenga 12 birigwa batukana abandi bose mvuze bose bamaze Kubavako kandi benshi baranyandikiye bati irya mbwa #PatrioteBizimana ,n’imbunuza , igikurikira n’iki , uyu mwaka abo 12 ndabafise bose 💯✍️🤣🤣
Ehe she ubugugu bwiyi nyakuranduka👇

Kanguka ureke kurota😀
Namba uganira n'abenegihugu nibaza ko ukuri ukuzi kiretse ushatse kukwirengagiza.
Muburundi Ubu turirimba iterambere.
Ariko kandi sinogenda ntaguciriye uyu mwibutsa:"Ngerageze wa Ngerageze yaburaniye Ruvyironza ngo ni umwaba wa Se"!
#Inkona ntiyaruzwa❌
Tugire igihugu!!
#REDTabbara ni ibuye ry'isare kandi uwuritsitayeko riramukomeretsa kuko ntawacumuye ku #kuri yagize amahoro. #REDTabara yimenye: ubwambere ni #Idéologie yubatse kw'ibuye ariryo #Fondation. Kuki atawashoboye kujuragiza urugamba mumyaka 16 duterwa amabuye?? Inyishu nuko batevye amabuye mu mababi y'Igiti c'#abatabazi= kugwanya Umutabazi wisunze ubwoko, inzankano z'umuntu kuwundi, inda ndende, kwishira hejuru, kwigira kabizi, #kwitiranya urugamba rw'abatabazi n'iyindi mihari yabayeho. Mw'iyi myaka yose, ntiwigeze unegura #Politique y'Abatabazi, ntiwigeze ugwanya REDTabara ngo utsinde, rero hari inkuru mbi kuri wewe: #Ntuzokwigera utsinda. Inkuru nziza: #Shigikira Abatabazi guhera uyu musi,#oroha,#nywa kumuti naho urura,#uravura. Up

Wewe komeza uvuga ivyo utazi ariko reka kwirengagiza ko @fdnbbi yahonyoye mw'isose ya #Kagame 😀
Ubu rero si uguhonyoramwo gusa ahubwo ni ukuyisesa🤣🤣🤣
#Papa_Afrika ari kukivi💪
#Inkona ntiyigera inanirwa❌
Tshisekedi yaratwaye Union Africaine en 2021 kandi ntaco vyahinduye ku ntambara zariko zibera ico gihe muri Est de la RDC. Imbones n'aba DD bibaza ko Gipupuzi harico azohindura kuri situation muri Congo kubera ari à la tête de l'UA barihenda cane rwose. Ikibazo kiri ahandi.

Orosha umutwe n'umutima kuko #Inkona yafashe Igihugu cari carabaye umusaka,Abarundi baba mumashamba nk'inyoni none Intwari Zaraje Abarundi turiruhutsa.
#Cnddfdd Shimirwa 🙏🦅👊🇧🇮
@CnddFdd @NtareHouse
@NindoreraF67611 @GregLeGrecq Kur ubugoryi ngah sha ndagusavy umbwir igihugu batonder igitoro atar mu burundi uc wonger uddmbe igihugu gifis amarabara mabi gifise atar mu burundi hama uc uz uvuguruz sobuja rêve rien igih avug ko les idiots dd atac barakor pendant 20ans🤣🤣🤣🤣🤣
#Intsinzi yo kuma réseaux sociaux murayishoboye ariko #intambara yo kuma réseaux sociaux ntayo mushoboye.
Uwudatahura asabe Mpwemu amusobanurire🤷
#Umurundi ntiyigeze ananirwa kandi ntozokwigera ananirwa💪
Turi #Inkona🦅
@NtareHouse @CnddFdd
Abana baza Minembwe 🙌🏾🙌🏾🙌🏾🙌🏾
Akadomo Zero 😅😅😅 tayari.
Barashe adui ajyenda ahebeba nkihene y’umukara yanyagiwe.
Ibi birenze kwina.

Système ya @CnddFdd ntimushobora mushake murare murandika n'importe quoi,mushake mutunge ama comptes ya #X umurengera,mushake murare murakora ama spaces,#Inkona NTIYARUZWA KIRAZIRA !UBWOBA KIRAZIRA _KIRAZIRA GUTINYA🙅
#Abagumyabanga rema👊
@NtareHouse @CnddFdd @CBurunga @FOCODE_


🛑 AMAKURU AGEZWEHO ;
Umuherwe Sadate Munyakazi @SadateMunyakazi Umunyamuryango wa RPF Inkotanyi @rpfinkotanyi nyuma y’imvugo ye itaracyiriwe neza na benshi mu banyamuryango n’Abanyarwanda , yiseguye kuri buri wese byagizeho ingaruka, Asaba imbabazi ku banyafurika Bose .
@UKWELITIMES #UkweliTimesNews #UkweliTimesBreakings

Abakunzi ba Aigle Noir C.S ntacitwazo...Ejo si kera dushigikire #Abagwanyi ku kibuga intwari isaha icenda (15h00).
Turi #Inkona 🦅, turi #Abagwanyi ⚽

Match en retard pour le compte de la 5ème Journée du Championnat National #PrimusLigue
Turi #Inkona, turi #Abagwanyi ⚽🦅


3ème Journée du Championnat National #PrimusLigue
Turi #Inkona turi #Abagwanyi
https://t.co/jN5QfbMhO9

#TheFighters, Urugamba ntiruba ruto,turiteguye kurugwana kuko turi #Inkona 🦅,turi #Abagwanyi
Fondation PAX Burundi


Last Seen Hashtags on Sotwe
bursatravesti
Seen from Turkey
goonette
Seen from Canada
nudistpics
Seen from United Arab Emirates
femdom
Seen from Korea
minichat()********* filter:videos within_time:43m
Seen from Thailand
değirmenaltı
Seen from Turkey
fgc2
Seen from United States
anxiouspanda(((***))) ****** filter:native_video
Seen from United Kingdom
minichatt
Seen from Turkey
MonkeyApp
Seen from United Kingdom
Trends for you
Most Popular Users

Elon Musk 
@elonmusk
241.5M followers

Barack Obama 
@barackobama
118.8M followers

Cristiano Ronaldo 
@cristiano
114.6M followers

Donald J. Trump 
@realdonaldtrump
111.8M followers

Narendra Modi 
@narendramodi
107.1M followers

Rihanna 
@rihanna
98.7M followers

NASA 
@nasa
92.3M followers

Justin Bieber 
@justinbieber
91.8M followers

KATY PERRY 
@katyperry
90M followers

Taylor Swift 
@taylorswift13
84M followers

Lady Gaga 
@ladygaga
75.5M followers

Virat Kohli 
@imvkohli
73.5M followers

Kim Kardashian 
@kimkardashian
70.9M followers

YouTube 
@youtube
68.8M followers

Neymar Jr 
@neymarjr
66.5M followers

Bill Gates 
@billgates
65.3M followers

Selena Gomez 
@selenagomez
63.1M followers

The Ellen Show
@theellenshow
62.2M followers

CNN 
@cnn
61.7M followers

X 
@x
60.7M followers

















