Top Tweets for #Kuberako
#Kuberako indoto yanje ari kubona u #Burundi butagiramwo amabi akorerwa abakenyezi, ingo dusenyere ku mugozi umwe, turwanye ico cose coza gitera ayo mabi.
#Ubaha
#16joursDActivisme
#AgatekakUmukenyezi

#Kuberako hakiri abibazako umugore akoze amakosa aba akwiye gukubitwa bakibagira ko nyabuna hakenewe kubiganirako.
#Burundi #Ubaha
#16joursDActivisme
#AgatekakazinaMuntu

#Kuberako abakorewe amabi bagifise ikibazo co kutaronswa urupapuro rwemeza ko bashurashujwe, twiyamirize amabi akorerwa abakenyezi.
#Burundi #Ubaha
#16joursdactivisme
#AgatekakAbakenyezi

#Kuberako
Ukugirwa iciro ry’umugani, ibikomere vyo ku mutima, akabonge, ugutabagarizwa canke kwakwa ubuzima ari zimwe mu ngaruka zishikira abakorewe ayo mabi.
#Burundi #Ubaha
#16joursdActivisme
#AgatekakUmukenyezi

#Kuberako ikigo kimwe gusa gikorera aha i Bujumbura cakira buri mwaka abarenga 1500 bakorewe amabi. Muri abo harwiriyemwo abari munsi y'imyaka 18.
Twiyamirize ayo mabi.
#Burundi #Ubaha
#16joursdActivisme
#AgatekakUmukenyezi

Muze rero mwifatanye natwe, mu kwishura ibibazo bitandukanye abantu bibaza. Tuzokwama dutangura inyishu zose gutya: #Kuberako
#Burundi #Ubaha
#AgatekakUmukenyezi

#Kuberako ata musi wijana tutumvise umukenyezi yakorewe amabi afatiye ku gitsina, iyi misi indwi isigaye ngo isekeza ryo kwiyamiriza ayo mabi rirangire, tugiye kurabira hamwe impamvu ata n'umwe yokwirengagiza urugamba rwo kurwanya ayo mabi.
#Burundi #Ubaha
#AgatekakUmukenyezi

Last Seen Hashtags on Sotwe
Most Popular Users

Elon Musk 
@elonmusk
240.8M followers

Barack Obama 
@barackobama
119.2M followers

Donald J. Trump 
@realdonaldtrump
111.8M followers

Cristiano Ronaldo 
@cristiano
111.3M followers

Narendra Modi 
@narendramodi
107M followers

Rihanna 
@rihanna
97.8M followers

NASA 
@nasa
92.2M followers

Justin Bieber 
@justinbieber
91.1M followers

KATY PERRY 
@katyperry
88.1M followers

Taylor Swift 
@taylorswift13
81.9M followers

Lady Gaga 
@ladygaga
73.4M followers

Virat Kohli 
@imvkohli
70.5M followers

Kim Kardashian 
@kimkardashian
70M followers

YouTube 
@youtube
68.7M followers

Bill Gates 
@billgates
64.1M followers

Neymar Jr 
@neymarjr
63.3M followers

The Ellen Show
@theellenshow
62.4M followers

CNN 
@cnn
61.9M followers

Selena Gomez 
@selenagomez
61.1M followers

X 
@x
60.8M followers
