Top Tweets for #Ubaha
🤨 Hariho indirimbo zidogerwa ngo zifise uruhara mu mabi akorerwa abakenyezi. Abandi bati : "Uko ni ugushikuza da !"
Kaze tubiganireko ku mugoroba isaha cumi n'imwe, turikumwe n'abaririmvyi hamwe n'umuhinga yanonosoye amayagwa.
#16jours #Ubaha #ihohoterwa

La confiance c'est pour les enfants et les chiens on ne peut se fier qu'à une personne,
SOIS MEME
#UBAHA
Harigihe ukora ikintu kugira wirinde ingorane kumbe urazirwije 😎
#UBAHA
« Vous ont-ils violé à quatre ou à tour de rôle ? ».
Si le viol est une abomination, il y a pire : revivre les scènes de l'acte en...public. Témoignage.
#Burundi #Ubaha
#DroitsDeLHomme
https://t.co/EpVUTBtB02
Cette femme a subi, en 12 ans de mariage, ce que bon nombre de femmes subissent en silence. Avant de jeter l'éponge.
Récit.
#Burundi #Ubaha
#DroitsDesFemmes
https://t.co/IYgoylphum
@Imvaho_Nshya @Rwandapolice #Youth amagara araseseka ntayorwa. Kubaha bizana umugisha .
🔹️Ubuzima burahenze kandi mwibuke ko aricyo gishoro gikomeye.
#Ubaha
#Nubahe
#Twubahe
#NtabeAriNjye
#Sigaho
#Birandeba
#Birakureba
@RwandaYouth
@GasaboYouth
@YouthNyarugenge
@NYC_kicukiro
Mais quid des lois et autres dispositions légales sensibles au genre au #Burundi ?
En voici certaines 👇
#Ubaha #DroitsDeLHomme

C'est donc conscients de cela et dans le cadre des #16jrsdActivisme que @cocafemgl avec @CAREBurundi et la Coopération @Suisse organisent une soirée d'échange sur l'état des lieux de la prise en compte du genre dans la budgétisation nationale.
#Burundi #Ubaha
#DroitsDeLHomme

68% des 120 millions de citoyens de la région des Grands Lacs sont des femmes.
Et si cette partie majoritaire de la population n'est pas prise en compte à tous les niveaux de l'organisation du développement, c'est une grande perte encaissée.
#Burundi #Ubaha
#DroitsDeLHomme

#Kuberako indoto yanje ari kubona u #Burundi butagiramwo amabi akorerwa abakenyezi, ingo dusenyere ku mugozi umwe, turwanye ico cose coza gitera ayo mabi.
#Ubaha
#16joursDActivisme
#AgatekakUmukenyezi

#Kuberako hakiri abibazako umugore akoze amakosa aba akwiye gukubitwa bakibagira ko nyabuna hakenewe kubiganirako.
#Burundi #Ubaha
#16joursDActivisme
#AgatekakazinaMuntu

Amabi ashingiye ku gitsina afatiye ku bintu vyagutse cane. Ibihugu bitandukanye, eka n’imico itandukanye, kimwe cose kiba gifise uko cita amabi afatiye ku gitsina.
None mu #Burundi ho tuyatahura gute ?
#Ubaha #16joursDActivisme
#AgatekaKaZinaMuntu
https://t.co/RAGj3CqGgL
#Kuberako abakorewe amabi bagifise ikibazo co kutaronswa urupapuro rwemeza ko bashurashujwe, twiyamirize amabi akorerwa abakenyezi.
#Burundi #Ubaha
#16joursdactivisme
#AgatekakAbakenyezi

C'est une vidéo qui a chôqué plus d'un. On y voit une enfant victime de viol bombardée de questions par des inconnus sans aucune précaution.
Une scène surréaliste et qui interroge.
#Burundi #Ubaha
#DroitsDeLHomme
https://t.co/0B8De7Zj5n
Ce weekend, une jeune fille de 23 ans été écrouée à @makambaProvince après avoir reconnu avoir violé un garçon de 10 ans de la famille où elle travaillait comme "nounou"
Un acte qui laisse des traces chez les victimes...
#Burundi #Ubaha #DroitsDeLHomme
https://t.co/PHOPDBmjpw
#Kuberako
Ukugirwa iciro ry’umugani, ibikomere vyo ku mutima, akabonge, ugutabagarizwa canke kwakwa ubuzima ari zimwe mu ngaruka zishikira abakorewe ayo mabi.
#Burundi #Ubaha
#16joursdActivisme
#AgatekakUmukenyezi

#Kuberako ikigo kimwe gusa gikorera aha i Bujumbura cakira buri mwaka abarenga 1500 bakorewe amabi. Muri abo harwiriyemwo abari munsi y'imyaka 18.
Twiyamirize ayo mabi.
#Burundi #Ubaha
#16joursdActivisme
#AgatekakUmukenyezi

Muze rero mwifatanye natwe, mu kwishura ibibazo bitandukanye abantu bibaza. Tuzokwama dutangura inyishu zose gutya: #Kuberako
#Burundi #Ubaha
#AgatekakUmukenyezi

Trends for you
Most Popular Users

Elon Musk 
@elonmusk
240.8M followers

Barack Obama 
@barackobama
119.2M followers

Donald J. Trump 
@realdonaldtrump
111.7M followers

Cristiano Ronaldo 
@cristiano
111.2M followers

Narendra Modi 
@narendramodi
107M followers

Rihanna 
@rihanna
97.8M followers

NASA 
@nasa
92.2M followers

Justin Bieber 
@justinbieber
91M followers

KATY PERRY 
@katyperry
88M followers

Taylor Swift 
@taylorswift13
81.8M followers

Lady Gaga 
@ladygaga
73.4M followers

Virat Kohli 
@imvkohli
70.4M followers

Kim Kardashian 
@kimkardashian
69.9M followers

YouTube 
@youtube
68.7M followers

Bill Gates 
@billgates
64.1M followers

Neymar Jr 
@neymarjr
63.2M followers

The Ellen Show
@theellenshow
62.4M followers

CNN 
@cnn
61.9M followers

Selena Gomez 
@selenagomez
61.1M followers

X 
@x
60.8M followers







