Top Tweets for #NTIBA
26/1/2026 Umunyamabanga wa @CnddFdd muri @PButanyerera #Habimana_Ferdinand yagendeye imitumba 6 muri zone #Mubanga: #Kimerejana, #Muhama, #Ntiba, #Mubanga, #Mihigo na #Gitwenzi muri komine #Tangara aho yasanze abagumyabanga barijukiye cane gutera ivoka ya #Ruhere.
@R_Ndikuriyo

Ntakindi co kwibaza gihari abisanzeyo bamwe nikubera ubwoba abandi ni nka basumirinda nka #Rufyiri naba ancien président #Ntiba #Ndayizeye
Ikintu natahuye nuko abarundi turi aba hypocrites gose nigute batemanga ko ubwoko bwa bahutu ntaho atari bose ariko majorité yabahutu hafi yabose bishimiye kubona iyo ntwaro ihari kubera ico batinya kandi bigishijwe nukuzopfa batongeye kubona umututsi atwara.
Iyaba babona ayo mabi yose uburundi bukoregwa iyaba arabantu batahura #DD yarikuba yaromotse ntaho ivyo abantu bajebagura ngo na barundi bose bagowe rumwe 🤣🤣
None igihe #DD #Gwasa bakiri mwishamaba ko abahutu babashigiye
Rero aba babingwa bariko bakina wamutwe wa 5
Ex muma bureaux yose ya l’état nta mututsi musangayo umu #DD ahasanze umutusti ntaho uja wumva mbe aba baracari ngaha💯
Umuhutu abandinyije akumira umututsi ukwo ndabarahiye muyindi imyaka ibiri 1$=15000
Uburundi nubwatwese ataruko tuzohona ariko saho ndabwipfurije gushika.
Kuri jewe rero nu mututu ubarindiriye kandi bazohashwa abahutu nabatutsi nibenshi bari mumashamba kujabuka sikera ari nakare dusigaye tubarabira hakurya.
#Intarezamwezigisabo

Ni gute twisanze aho umushingamateka atangura gukoresha ordinateur aruko ashitse mu Kigobe? Ni gute twisanze politike isigaye irimwo abantu bananiwe n’ubuzima bumva ko ariyo mahirwe yo kubaho gusa bafise?
Ni gute twisanze aho dufise abapasitori nka Mbayagaga aho kuvuga ijambo ry’Imana bavuga irisunitswe n’inzara ngo batone ku butegetsi nabwo bubagaburire?

@TweetbyKariwabo Murabo bose:
#Rwagasore yatuzaniye #Independance, #Ndadaye democratie (nabo bishwe nabi);
#Nkurunziza yadukuye mubisaka twari twinyegejemwo (nawe yaritahiye);
#Ntiba na #Ndayizeye baradoze gatoyi;
Abandi bose #Micombero, #Bagaza, #Buyoya batwaye igihugu bacivye.
Niharambe #NEva.
#Burundi #AKAMARAMAZA.
Inyuma y'amezi make abogojwe mu mabanga kubera ubunyonyezi bukomeye yakoze,#Dr_JosephMIBURO yahoze arongoye #HôpitalMukenke mu @KirundoProvince ubu yasubijwe mu kazi ku bitaro vy'akarere #Kamenge benshi bita kwa #NTIBA muri @MairieBuja @NtahangwaMairie 1/5

#Burundi #AKAMARAMAZA.
Inyuma y'amezi make abogojwe mu mabanga kubera ubunyonyezi bukomeye yakoze,#Dr_JosephMIBURO yahoze arongoye #HôpitalMukenke mu @KirundoProvince ubu yasubijwe mu kazi ku bitaro vy'akarere #Kamenge benshi bita kwa #NTIBA muri @MairieBuja @NtahangwaMairie 1/5

@iwacuinfo Tu as oublié de préciser que @PierreBuyoya vit au #Mali et est sous mandat d'arrêt pour avoir assassiné le 1er Président #Hutu démocratiquement élu au #Burundi. Il avait aussi tenté d'assassiner #Ntiba lors de ce même coup d'État...
@ChristophBenn noting the great opportunities that mobile technologies offer for achieving #UHC #Kenya #Ntiba and elsewhere by creating a close link between people and service providers. How will we be able to scale up initial initiatives #WHS2019 @frontlineaids

Ejo match tuzoyirabira he ?
@Manirakiza @zzzooel bashikacu basubiye kwiruka mubitenge nama jupon i Gishubi kwa Mutama #Ntiba. 😂😂😂
#Burundi #Bruxelles présentation du livre du président Sylvestre Ntibantunganya à The Royal Institute for International Relations-Egmont. "BURUNDI DÉMOCRATIE PIÉGÉE".

Consultez la dernière analyse de #Ntiba sur son site officiel :
>>>... https://t.co/4R0gaqTwHO
#Burundi: When @Honedouard cracks into #Ntiba's myth and #Cnared narrative in a live debate with #Voa https://t.co/YHQVtmkTT3
@burikikiye Hahaha, #Ntiba est parmis ceux qui ont brûlé ma commune. Il soutienne les criminel, il n'ose jamais dre la verité sauf quémander
@ThierryU hahahahaha les #Ntiba et #Ndayizeye au milieu. Mwemera abari faible mukemera abashoboy coup d'État #Burundi
@willynyamitwe @RFI :le nom de #Ntiba s’est glissé par erreur dans la liste à Interpol. Suis sur leur liste noire; sinon, exige des excuses!
Depuis moins de trois semaines, vous êtes plus de 1000 fans à visiter et aimer ma page facebook #Ntiba ; un signe... http://t.co/XYjRphq41L
Last Seen Hashtags on Sotwe
minichat(***)***************filter:videos
Seen from United States
teenageers
MGAI
Seen from United States
Minichatt
Seen from Brazil
aydınmerkez
Seen from Turkey
แตกคาชุด
Seen from Japan
hslut4mbull
Seen from India
SizeTwitter
Seen from Japan
minichat ()*************** filter:videos
Seen from United Kingdom
DayanitaShow
Seen from Guatemala
Trends for you
Most Popular Users

Elon Musk 
@elonmusk
241.5M followers

Barack Obama 
@barackobama
118.8M followers

Cristiano Ronaldo 
@cristiano
114.5M followers

Donald J. Trump 
@realdonaldtrump
111.9M followers

Narendra Modi 
@narendramodi
107.1M followers

Rihanna 
@rihanna
98.7M followers

NASA 
@nasa
92.3M followers

Justin Bieber 
@justinbieber
91.8M followers

KATY PERRY 
@katyperry
90M followers

Taylor Swift 
@taylorswift13
84M followers

Lady Gaga 
@ladygaga
75.5M followers

Virat Kohli 
@imvkohli
73.4M followers

Kim Kardashian 
@kimkardashian
70.8M followers

YouTube 
@youtube
68.8M followers

Neymar Jr 
@neymarjr
66.5M followers

Bill Gates 
@billgates
65.2M followers

Selena Gomez 
@selenagomez
63.1M followers

The Ellen Show
@theellenshow
62.2M followers

CNN 
@cnn
61.7M followers

X 
@x
60.7M followers






























