Top Tweets for #SAMURAGWA

#Sogo na #Samuragwa #Shimirwe🙏
Mwaraye amajoro menshi,wagenze iminsi myinshi ,mwahuye n'ibikomeye vyinshi kugira ngo bikunde musubize iteka Uburundi n'abarundi.
#Sogo ruhuka mumahoro
#Samuragwa @GeneralNeva bandanya ikivi Nyenicubahiro 🙏
@NtareHouse @CnddFdd @DorianeMunezero

Ng'ibi ivyo twari twarifuje kera. Hoza haboneka uwushira ahabona kandi kare iyo ibitoro biri. Ese izo ngingo miriko mufata zitomara imwanya urume rumara twokwiruhutsa. Niharambe Reta Nkozi irongowe na @GeneralNeva #Samuragwa wa @pnkurunziza
Ama Stations yaronse ibitoro uyumusi @NtareHouse

✦✦Akarorero keza ko kwicisha bugufi imbere y'Imana n'abantu, tukarahura ku ntwari ndongozi zacu nziza zigiwe imbere na SE @GeneralNeva🇧🇮 #Sebarundi 🇧🇮Inserukarukamvye , #Umuhuza nk'uwa Mbere, #Samuragwa✦✦
#NevaWacu 🇧🇮

#BURUNDI,kubarab Ivyiburundi mwarabonye urwo Rugori? Ukwo nukuri bibaye incuro2Niboner Abategetsi bakomok muri @CnddFdd Bariko bariragiza Imana. Ubwa1 mur 2020 Sogo Nkurunziza ariko Arashikiriza #Samuragwa Abagumyabanga non eh raba 31/1/2025.Non mwabahima mwe ntakint muca Mubona?

🔗Kukivi
🔴#Burundi, Mugushira mungiro ibikorwa vya leta iyobowe na #Samuragwa S.E @GeneralNeva, @SBenesamuragwa irabandanya ibikorwa biteze imbere igihugu n'imiryango aho #Makebuko imivyaro yIvoka ruhere 🥑 igeze kurugero rushimishije. @CnddFdd @BurundiGov @NtareHouse @KwaNtare

#Iragi : Sokuru w'Uburundi 🇧🇮 bupanze neza #Petero #Nkurunziza yadusigiye #Samuragwa @GeneralNeva kugira abandaye adushikana ku #Mbonakazoza y'Uburundi 🇧🇮 bwifashe 2040, buteye Imbere 2060 🇧🇮 #NevaWacu 🇧🇮 Guma kw'i Volant 💪💪💪

Kari akanyamuneza ntangere ko gusubira kwicarana n'abagumyabanga bo muri zone nziza ya #GITAZA,mu ntumbero yokwibuka Sogokuru wacu twabuze tutanka,#Imboneza_Yamaho mu mugambwe wacu @CnddFdd .Twame twibuka kugendera iragi yadusigiye, twongere dushigikize ibikorwa #SAMURAGWA wacu.

Aha @pnkurunziza yari kumwe na #Samuragwa @GeneralNeva. Ni muri 2018, mw'isekeza ryo gusigurira abenegihugu impamvu ibwirizwa shingiro ry'ico gihe ryohinduka.
Impanuro yamuhaye nizo zimumurikira, kuko yari afise iyerekwa. Bimwe mubiriko bishika ubu yari yarabimuhishuriye.

Il est beau mon pays 🇧🇮🇧🇮. Akagori kararyoha, akananasi kararyoha. Abari murubura (@pnininahazwe) mwihangane. Abana b'abangazi #nungwa ndazi murya #Dried ,poleni sana. Le Burundi 🇧🇮 avance. Remercions le Seigneur qui nous a donné des Leaders éclairés coe @GeneralNeva #SAMURAGWA

#Samuragwa @GeneralNeva na Maman #Buntu Umutambukanyi wa #Sokuru w'Uburundi bupanze neza #Petero #NKURUNZIZA.
Nciye nibuka ya ndirimbo yavuga iti:
..... Karabarya kakabanyuka.....
None sivyo ga @pnininahazwe , ga @rugbob78 , ga @Baconib , ga @rutwesdras, ga @KingBurundian

#Burundi Ndabifurije indwi nziza! Iman mushobora vyose, Imana ya sokuru #Nkurunziza, Imana ya #Ndayishimiye #Samuragwa wacu, ibane namwe. Amen
@pnkurunziza @GeneralNeva
Isanamu y'umusi

#Burundi Turakeje #Samuragwa @GeneralNeva kukarorero keza aguma yerekana kuri benegihugu. Twisunge indongozi zacu muguteza imbere uburimyi maze umunwa uronke ico ufungura nayo umufuko wironkere amafaranga.
300kg de tomates récoltées sur une superficie ne dépassant pas 4ares!
Dans son champ à #Bugendana en province @Gitega, le Chef de l'Etat a démontré que pratiquer l'agriculture moderne accroît la production de manière exponentielle. Il interpelle les #Burundi-ais à emboîter le pas

#Burundi Jewe nohura na @GeneralNeva #Samuragwa wacu, nomubaza ubuhinga yakoresheje kugira yimbure gutyo kandi aba agronome buzuye i #Burundi badafise n'akarima nk'ako. Shishikara utumurikira dutere imbere.
300kg de tomates récoltées sur une superficie ne dépassant pas 4ares!
Dans son champ à #Bugendana en province @Gitega, le Chef de l'Etat a démontré que pratiquer l'agriculture moderne accroît la production de manière exponentielle. Il interpelle les #Burundi-ais à emboîter le pas

@Surprise_Charly Ibaze kuvuga ko #Nkurunziza ari sogokuru kuburyo adusigira #samuragwa nkaho umenga #Uburundi ni itongo ryiwe. Mbega Ntare Rugamba yabwaguye akabuha imbibe nawe yoca aba nde? Mwezigisabo yahanganye n'abakavamahanga yoca yitwa gute? Rwagasore yabwiguze ?
Un de mes regrets c'est de fêter ce 13 Mai sans vous.
Mais vos passages restent vivants dans nos cœurs et âmes🙏🙏
Vive le #Burundi de nos Héros #NKURUZIZA et #ADOLPHE
Vive notre #Samuragwa @GeneralNeva

@yigenga Umwaka mushasha @yigenga
Tuzowurye ntuturye🥰
Ivyigiguhu tubihabuze,
Ba bakobo Imana ya #SAMURAGWA IBADUTSINDIRE BATESHWE BATE.
AMEN 🙏
Last Seen Hashtags on Sotwe
Trends for you
Most Popular Users

Elon Musk 
@elonmusk
241.6M followers

Barack Obama 
@barackobama
119M followers

Cristiano Ronaldo 
@cristiano
114.2M followers

Donald J. Trump 
@realdonaldtrump
111.8M followers

Narendra Modi 
@narendramodi
107.2M followers

Rihanna 
@rihanna
98.7M followers

NASA 
@nasa
92.4M followers

Justin Bieber 
@justinbieber
91.8M followers

KATY PERRY 
@katyperry
89.9M followers

Taylor Swift 
@taylorswift13
83.8M followers

Lady Gaga 
@ladygaga
75.3M followers

Virat Kohli 
@imvkohli
73.2M followers

Kim Kardashian 
@kimkardashian
70.8M followers

YouTube 
@youtube
68.8M followers

Neymar Jr 
@neymarjr
66.2M followers

Bill Gates 
@billgates
65M followers

Selena Gomez 
@selenagomez
63M followers

The Ellen Show
@theellenshow
62.3M followers

CNN 
@cnn
61.8M followers

X 
@x
60.7M followers






































