Top Tweets for #Sebarundi
Igisabisho ca #Sebarundi Nyenicubahiro @GeneralNeva gisozera amasengesho y'imisi itatu mu ntumbero yo guhimbaza isabukuru y'imyaka 6 amaze arongoye igihugu c'Uburundi 🇧🇮 yariko abera Ku kibuga #Umuco i #Muyinga mu ntara ya #Buhumuza.
https://t.co/nn60ZPDbqb
Ndakeje Umurwi @CeniBurundi ukungene uriko urubahiriza ivyafundikiwe munama yaduhuje na #Sebarundi mukungene hoshirwaho ama #CEPI nama #CECI kugira itora ry'umukuru w'igihugu twimirije rize tugende neza, nkasaba ko ingingo 42 zafunditswe zoja mungiro na cane cane ingingo ya 18.

@GeneralNeva Batanguye guhahamuka ni higanwa ritaratangura. Tubasabe Abo banyamigambwe bamaze kwihebura ko batazitsinda gushikira ulucandidat yatanzwe n'umugambwe @CnddFdd . Muri 2025 baravyiboneye. Murakoze Ku butumwa bw'indemesho mutanze #Sebarundi.
@GeneralNeva @EllaKakunze Murakoze caaane Muvyeyi wacu #Sebarundi Ku butumwa mutanze bwo kuremesha ibibondo. Imana ikomeze kubashoboza Nyenicubahiro @GeneralNeva .
@KwaNtare @Gatoni_RG @CnddFdd @DorianeMunezero

@GeneralNeva @BSamuragwa @CnddFdd Turabakeje cane Muvyeyi wacu #SEBARUNDI. Abana banyu b'i #Bujumbura, akarere karapanze

Gateranya @pnininahazwe ,nturabona ko iyo ngendo atahonizogushikana mwe na @FOCODE_ ya we?Muzoheba kuba abacangero ryari?Kuri uyu musi wa Pasika ukubere umusi wa mbere wo guhinduka no gukunda igihugu n'indongozi. Ubu butumwa bwatanzwe na #Sebarundi @GeneralNeva ntibuboneka?

Iyo ngendo nshasha wahisemwo #Tout_autre yo gucanishamwo abarundi ufatiye Ku ntara ntaho izogushikana ahubwo ubandanya wiyimbira ikinogo. Umukuru w'igihugu ni #Sebarundi kandi ni umuvyeyi wa bose. Iryo zina ryo nyene @i_itukura rirerekana ko uri imbwa nyene.

3/Les cercles d’influence proches du pouvoir ?(Nshimirimana Gorgeos ,Gakiza Fierte,Museremu Alfred,Bizimana Edouard ,Desire Manirakiza,Karera Denis,...) majoritairement issus de Gitega
Les figures qui accompagnent et défendent ce système,souvent les mêmes profils.

Izina ni ryo muntu. Uyu ni we yiyita @i_itukura inyuma y'uko afashwe n'umuvumo wo guhemukira igihugu ca wibarutse. Igihugu ugiteye akagere, co kigutera umugere kandi uraririra kure caaane. Ng'uyo #Tout_autre asigaye yiyita #Imbwa_itukura ni we yifatira mu gahanga #Sebarundi.

Ironie du sort:Wakenya passait 3 à 4 week-ends par mois chez Ndayishimiye à boire du Ruinart… Aujourd’hui, il se retrouve emprisonné sur ordre de celui-là même qu’il fréquentait. Pourtant, c’est bien lui qui a initié la famille Ndayishimiye au champagne.

Hasigaye amasaha 96 #Sebarundi yimikwe kurongora Umuryango w'Ubumwe bwa Africa @_AfricanUnion mukiringo c'umwaka umwe. Ndamukeje murayo mabanga mashasha lmana ize imuje imbere. @willynyamitwe

@umuhanuziwacu Kuri utwo duto wanditse, numva noguteza uyu mwana akakubwira ko #Sebarundi @GeneralNeva 🇧🇮 ari umujama w'urwaruka. Ibindi navyo BWEJAGURA birabera ibibwa

Imodoka y'intambara idasanzwe iherrka gukorwa n'igisirikare cy'uburundi ikaba yaratashywe n'umugaba w'ikirenga ##Sebarundi @GeneralNeva @Patriote257 @BurundiInsight @Burundi1stLady @visit_burundi

@KamveM @GregLeGrecq Tekana wa shano we! @paulKagame ubona ariwo kugwana na kirya ki bido cu ruda runini ngo ni #sebarundi ivyanyu ni urunwa runwa gusa iyaba mutabatinya mwarikuba mwararungitse abagwanyi mu Rwanda. Muzo bikore tuzoheza tubite #ABAGABO Naho ubundi ururimi ni nyama yigendera.
@yigenga Ndirakobuca ariko arategura imitwe yabantu mumpinduka izoza en rapport avec les #presidentielles2027!! Ce discours traduit l'hostilité du 2e mandat ya #sebarundi ariho!
✦✦Yatanze iminsi 100, none inyuma y'amezi 2 gusa #Sebarundi aratanze 𝗨𝗺𝘄𝗮𝗵𝘂𝗿𝗼 wo gushora 𝗨𝗯𝘂𝘁𝗮𝗿𝗲 mumakungu✦✦ #NevaWacu 🇧🇮

@i_itukura S.G. umuhabara araza kumugarukana, ntugire ikibazo!... Ivyiwacu ntuzi ingene bikora? Uribuka Maniratunga Albert ingene yabaye limogé muri Otraco na #sebarundi, apres quelques jours twamubonye yaronse igiti gisumbije ico yahorana! 😑🫤
#Sebarundi ati :" Inkona 🦅 iri courageux. Habonetse ikibura muzoce muvuga muti Ikiraka kirabonetse.🦅#Ntiruha, #Iriyubura. Ubu rero Twariyubuye kuko dufise #Imbonerakure n'ibiswi vy'inkona bibona neza iyo tuja. Iyo ufise iyo uja ntuzimira kandi ntucerwa". #NevaWacu🇧🇮

#Sebarundi ati :" Jewe nshaka tuze dushore hamwe bavuga bati Uburundi burahagurutse. Muri iyi minsi 100 nshaka ko tuzokwereka abarundi amafaranga mvamakungu avuye mubutare".
#CNDD - #FDD : #SHIMIRWA!

#Sebarundi ati :" Jewe nshaka tuze dushore hamwe bavuga bati #Uburundi burahagurutse. Muri iyi minsi 100 nshaka ko tuzokwereka abarundi amafaranga mvamakungu avuye mubutare".

Last Seen Hashtags on Sotwe
Most Popular Users

Elon Musk 
@elonmusk
240.5M followers

Barack Obama 
@barackobama
119.3M followers

Donald J. Trump 
@realdonaldtrump
111.7M followers

Cristiano Ronaldo 
@cristiano
110.4M followers

Narendra Modi 
@narendramodi
107M followers

Rihanna 
@rihanna
97.6M followers

NASA 
@nasa
92.1M followers

Justin Bieber 
@justinbieber
90.9M followers

KATY PERRY 
@katyperry
87.5M followers

Taylor Swift 
@taylorswift13
81.4M followers

Lady Gaga 
@ladygaga
72.9M followers

Kim Kardashian 
@kimkardashian
69.7M followers

Virat Kohli 
@imvkohli
69.7M followers

YouTube 
@youtube
68.7M followers

Bill Gates 
@billgates
63.8M followers

The Ellen Show
@theellenshow
62.5M followers

Neymar Jr 
@neymarjr
62.4M followers

CNN 
@cnn
61.9M followers

X 
@x
60.8M followers

Selena Gomez 
@selenagomez
60.6M followers




















