Top Tweets for #Sahabo

#Burundi Deux poids, deux mesures ? Alain-Guillaume Bunyoni, ancien Premier ministre condamné à la prison à vie, est libéré pour raisons de santé.
Pendant ce temps, le Dr #Sahabo, fondateur de @kiraswissclinic, reste en prison alors qu’il est lui aussi gravement malade. ⬇️

Umu docteri wa mbere #Sahabo Christophe yabateye iteka abazanira @kiraswissclinic bamuhemvye uburoko. Abo bandi yobareka kubatuka gute? Gukorera iyo leta n'ukwihemukira bikwiye. N'ibindi bazobibona!
🔴 AKAMUNA
"Mu Burundi, uko umuntu yiga niko aba ikigugu ! (...) None ko mfise ibintu vyize vyinshi, ko ntabona iterambere ?"
- Prezida Evariste Ndayishimiye
Iyi mvugo yo gutesha agaciro amashure irateye isoni kandi ntaho izotugeza. Ni imvugo yazananye na CNDD-FDD, aho abakuru bahawe n'ukurasa bagira isoni bageze imbere y'incabwenge, bakaca barondera kuzereka ko aribo bazirusha ubwenge. Prezida Nkurunziza niwe yatanguye avuga ko afise ba jenerali bize umwaka w'umunani, Reveriyano Ndikuriyo yavuze ko ibiharuro bidafata iswa, Ndayishimiye ati "ibidogiteri" nivyo bigugu !
🔴 Complexe d'infériorité !
Iyi mvugo ahanini yubakiye ku kwikengera kw'abatwara Uburundi. Bo nyene barazi neza ko incabwenge zikenewe cane mu gihugu. None si Ndayishimiye nyene yagenye Dogiteri Alain Ndikumana, umuhinga mu vy'ubutunzi, akamusaba kwandika imbonakazoza ya 2040-2060 ? Siwe nyene yahavuye amugira umushikiranganji w'ikigega ca Leta? None nimba abona ari ikijuju yamugenye kubera iki ? Evariste Ndayishimiye siwe nyene yagenye Dogiteri Désiré Manirakiza ngo arongore umugambi PAEEJ ? Nimba ari ikijuju yamugenye kubera iki ? Ndayishimiye siwe yama atumako Professeur Léonce Ndikumana, umuhinga mu vy'ubutunzi yigisha muri Kaminuza za Amerika, ngo aze gutangwa ivyigwa ku bategetsi b'Uburundi ? None atumako ikijuju ? Si Ndayishimiye yagenye Dogiteri François Havyarimana ngo abe umushikiranganji w'indero ? None yagenye ikijuju ?
Hano abahoze bagwana muri CNDD-FDD bakoresha iyi mvugo kugira basigure ko aribo baja imbere kandi batize. Baba bumva isoni bageze imbere y'ivyo bihangange mu mashure, ariko bitagira inguvu, bakaca bahitamwo kubatesha agaciro.
Iyi mvugo abajenerari ba CNDD-FDD bahoze bayikoresha cane mu gutyoza Dr. Gervais Rufyikiri akiri Icegera ca kabiri c'umukuru w'igihugu na Dr. Pie Ntavyohanyuma agitwara Inama Nshingamateka. Naho izo ncabwenge zari abanywanyi bakomeye ba CNDD-FDD, abajenerari ntibashobora gutahura impanuro n'ubwitonzi vyava muri izo ncabwenge. Niho hava gushira imbere kubasuzuguza.
🔴 Kuba umuntu yitwa "Dogiteri" ntibisigura ko aca afyatura iterambere !
Dogiteri afise igisata yize visa, ubumenyi afise burafise uko bukoreshwa mu gihugu gitunganije neza. Iyo Igihugu gitwarwa n'abatize, haba ingorane y'ingene bakoresha neza abo badogiteri. Iyo incabwenge zitanze ivyiyumviro mu ntwaro y'abatize, abatwara bumva ko basuzuguwe canke ko bariko barabapinga. Niho ibintu bipfira. Incabwenge nyinshi zihitamwo kwinumira, mbere zikanduruka zigira hanze, aho bazi akamaro kazo.
🔴 Imvugo mbi cane
Iyi mvugo ya Prezida Ndayishimiye ni mbi cane. We nyene atabizi, aba ariko aritesha agaciro. Kuko aba avuze ko vyamunaniye kumenya akamaro k'incabwenge no kumenya kuzikoresha zikagira akamaro.
Ndayishimiye ararenza urugero kugeza incabwenge azambura ubuntu akazigira ibintu ngo : "ibidogiteri", ahandi ngo "mfise ibintu"...
Hano Umukuru w'igihugu aba ariko araroga abana. None umwana ahejeje kwumva iri jambo, yokwipfuza gute kwiga ? Yokwipfuza gute kuba Dogiteri ? Basa baca barota kuja mw'ikarashishi y'ibiswi vy'inkona kwa Reveriyano Ndikuriyo ! Uku niko kwica igihugu ku rugero rudasanzwe.
20 ετών - Μάρτιν Γκεοργκίεφ
20 ετών - Χακίμ Σαχαμπό
Η #ΑΕΚ αρχίζει να λειτουργεί σαν σύγχρονο ευρωπαϊκό κλαμπ. Δηλαδή όπως πρέπει.
https://t.co/a4HZzBwTyu
#aekfc #aekathens #sahabo #transfers

@ikigatanyakazi @WilsonLixon @nadine79_nadine Erega mwarahatswe, yari kwiyitirira nayandi matungo uretse inka gusa!
N'umwana #kimena_Banga!
Ikara mu mpuzu...
Umuntu afata Ubuzima bwa Dr. #Sahabo akabushira kuri #Guillautine abandi turiko turondera uko yokira!!!
JPL stats
⚽️
1️⃣ #Ayensa #Henry #Ilaimaharitra
🎯
1️⃣ #Saïd
🟡
1️⃣ #Fossey #Henry #Ilaimaharitra #Sahabo
♾️⏰️9️⃣0️⃣
#Calut #Dierckx #Epolo #Fossey #Homawoo #Ilaimaharitra
Last Seen Hashtags on Sotwe
Most Popular Users

Elon Musk 
@elonmusk
240.9M followers

Barack Obama 
@barackobama
119.2M followers

Donald J. Trump 
@realdonaldtrump
111.8M followers

Cristiano Ronaldo 
@cristiano
111.7M followers

Narendra Modi 
@narendramodi
107.1M followers

Rihanna 
@rihanna
97.9M followers

NASA 
@nasa
92.2M followers

Justin Bieber 
@justinbieber
91.1M followers

KATY PERRY 
@katyperry
88.3M followers

Taylor Swift 
@taylorswift13
82.1M followers

Lady Gaga 
@ladygaga
73.6M followers

Virat Kohli 
@imvkohli
70.8M followers

Kim Kardashian 
@kimkardashian
70.1M followers

YouTube 
@youtube
68.7M followers

Bill Gates 
@billgates
64.2M followers

Neymar Jr 
@neymarjr
63.7M followers

The Ellen Show
@theellenshow
62.4M followers

CNN 
@cnn
61.8M followers

Selena Gomez 
@selenagomez
61.3M followers

X 
@x
60.8M followers













