Top Tweets for #Twikebuke
#Twikebuke: Twirinde guta imyanda aho itagenewe kuko bifise ingaruka mbi ku magara yacu no ku bidukikije.
#Jour144
Justice pour #Kelsey_Iteriteka.
#Jour35
Justice pour #Kessia_Mugiraneza
Justice pour #Raissa_Jessy_Nisabwe victime de violence domestique
#Emilienne qui croupit ds la géole pr avoir osé alerter sur les cas de viol.
Le viol est une malédiction #Twikebuke
Iyo umuntu akuvuze, akakuvuga ukwo uri ntaba agututse, aba agukebuye. #Twikebuke
#Twikebuke –
Icapa kiriko ifoto y’umutambukanyi w’umukuru w’igihugu (@Burundi1stLady) kiri hafi ya Cathédrale Regina Mundi, mu gisagara ca Bujumbura, caraguye. Kiri hasi. Abarongoye ako karere boba barabibonye ?
#Burundi

Mu gisagara ca #Bujumbura abagendesha #imiduga iyo bagize isanganya ntibibuka gusubiza mu rutonde ibiba vyononekeya ku mabarabara. Aha ni imbere y'ibitaro Roi Khaled. Nta kwezi guheze ibi birokosima bishizweho ariko vyamaze gutangura gusanzazwa. #Twikebuke #Barundi @MairieBuja

Esclavage moderne!
Ego akazi kariho bokora!
Kubakoresha kunguvu sibibi mugihe muca mubaha agashahara kuyo munsi sinon ni du pur esclavage.
Privation de liberté, assevissement!
Please mwibuke kubahemba
@BurundiGov @NtareHouse
@MuramvyaProv n 'abandi...
#Twikebuke
🔴 Dans le but de lutter contre l'oisiveté en @MuramvyaProv, 41 #jeunes, "sans occupation", qui étaient assis en groupes ont été arrêtés ce 02/03/2023, et conduits au bureau de la commune #Muramvya où ils ont effectué des travaux d'intérêt général
#Burundi

#Twikebuke -
Haracibonekeza mu gisagara ca Bujumbura ahantu himbwe n’abakozi ba REGIDESO canke ab’amashirahamwe akora mu bijanye na Internet iyo bariko bararondera aho intsinga canke imigano itwara amazi iba yapfiriye ariko bagaca bagira batahasubije uko bahasanze. #Burundi

#abatwip Mwaramuste canke Mwiriwe.
Murantunga kano kavideo karimwo agashavu🙈, mugabo ku bantu bose bazi ko bahora babikora twisubireko duhindure ingendo, dusukure igihugu cacu. Si ngombwa ngo abaturongoye barinde kubitubwira, uruhara runini ni urwiwacu. #Nawebirakurabacane
@AyinkamiyeBella Ibibazo biracari vyinshi...
#Twikebuke
#TWIKEBUKE : Imvugo "amasaha y'abarundi" irakunda gukoreshwa mu gucererwa, kutubahiriza isango, mu kwitwaza ngo harongerwako uwundi mwanya wo guteba arico baca bita ngo "amasaha y'abarundi".
#Burundi #Abatwip
https://t.co/vg8yrDL60b
#Twikebuke
Hariho intambwe uba ikwiye guterwa.
Turabibona, bamwe bikabatangaza, abandi ntihagire ico bibabwira. Ariko burya birateye isoni😱
Isomere namwe.
#Burundi #TuyageTwese
#ukubaho
https://t.co/zTHlLYkXBO
Ibi bintu vyo kuganira n'umukuru w'🇧🇮 hari aho abanyagihugu tubishiramwo kurenza urugero ukamenga si urwego. Ibiyago bimwe ntibiba bibereye na gato! #Twikebuke
Mu Kirundi, ntibavuga "umuco" bavuga "akaranga. Barongera bakavuga "imico kama". Ariko ijambo "umuco" ryo nyene risigura umuco w'izuba. Uko ni ko mperuka bimeze. None maze iminsi mbona iryo jambo umuco rikoreshwa mu buryo butari bwo ariko si vyo.
@agashaka Beaucoup de fois🙈. On m'a tjrs dit que cela traduit "un manque de considération/respect envers l'expéditeur"
#Twikebuke
Soyez des bons perdants mwemere ko abandi diplomatie na politique babishoboye.
Ahubwo ryoherwa k #OIF yagumye au féminin kandi yatashe kumubanyi!
UBurundi kera atari keri ntitwatanze un candidat ntasubiyemwizina?
Akananirwa we n'abamutanze?Ko ntanduru nkizi zavuze?
#Twikebuke
I repeat again, the culture of violence has been there since the independance, this cycle of violence has to end, period! No blame game! https://t.co/ydEF0dyuZz
@Cbso2013 Ntimwibagire k même les dames wumva bavuga abakenyezi nkabo! #Twikebuke indero igenda itituka. @KabwariEmelyne @rugbob78
Last Seen Hashtags on Sotwe
Most Popular Users

Elon Musk 
@elonmusk
241.7M followers

Barack Obama 
@barackobama
119M followers

Cristiano Ronaldo 
@cristiano
114.4M followers

Donald J. Trump 
@realdonaldtrump
111.9M followers

Narendra Modi 
@narendramodi
107.2M followers

Rihanna 
@rihanna
98.7M followers

NASA 
@nasa
92.4M followers

Justin Bieber 
@justinbieber
91.8M followers

KATY PERRY 
@katyperry
90M followers

Taylor Swift 
@taylorswift13
83.9M followers

Lady Gaga 
@ladygaga
75.4M followers

Virat Kohli 
@imvkohli
73.4M followers

Kim Kardashian 
@kimkardashian
70.9M followers

YouTube 
@youtube
68.8M followers

Neymar Jr 
@neymarjr
66.4M followers

Bill Gates 
@billgates
65.2M followers

Selena Gomez 
@selenagomez
63.1M followers

The Ellen Show
@theellenshow
62.3M followers

CNN 
@cnn
61.8M followers

X 
@x
60.7M followers





















