#Burundi, 29/09/2026
Umukenyuro mushasha wa leta ya CNDD-FDD mu mpuzi z'abarundi ziri hanze y'igihugu.
Mugabe Mugabe‼️ Ntimuhendwe‼️
Ubu ni ubutumwa bwo gukebura canke kugabisha impunzi yose y'umurundi iri hanze y'igihugu, cane cane impunzi ziri muri EAC.
Hari ikintu giherutse kuvuka citwa ko ari ikije kurwanya leta ya CNDD-FDD. Kivuga ko cavukiye mu gihugu ca Kenya kandi ko catangujwe n'impunzi. Abagitanguje bavuga ko baserukira impunzi. Uwu ni umukenyuro mushasha wa CNDD-FDD wo kurondera uburyo ifatisha impunzi; harimwo umugambi wo gushaka kwinjira mur'izo mpunzi, nkuko tuza kubishikako imbere.
Mw'ishirahamwe King Umurundi Freedom twahisemwo kugabisha impunzi z'abarundi inyuma y'amatohoza twakoze kuri kino kintu.
Iki kintu citwa FRB: Front Révolutionnaire Burundais. Abagitanguje biyita INGABE. Baca bandikako FRB-Ingabe. Bavuga ko bakoze inama Nairobi-Kenya ku wa 28 gushika ku wa 30 Myandagaro 2026, baca batera ikidodo ku co bita déclaration ku wa 01 Nyakanga 2026.
Iki kintu ntabwo ari ikiroberi, nkuko mu nyuma bacamamaje ku mbuga, eka n'abagitanguje ntabwo ari impunzi ziri muri EAC naho bavuga ko catanguriye muuri Kenya. Iki kintu
ni umutego wa CNDD-FDD.
Mubagitanguje haza kwisonga uwitwa Pacifique NDAYISABA. Uwu aba mu gihugu ca Australia. Akorana cane na CNDD-FDD. Ni nawe amaze imisi acamamaza ku mbuga ziwe. Uwu kandi amaze igihe yifatira mu gahanga canke atuka bamwe mubaharanira agateka ka zina muntu bari hanze y'igihugu. Ntiyerekwa uwo wese ashira hanze amabi ya CNDD-FDD.
Uwundi afatanije na Pacifique NDAYISABA mur'uwo mugambi wo kucamamaza, ni mwene wabo. Uwo nawe yitazira Amor Fati ku rubuga rwa X. Amazina y'ukuri yitwa Christian NDUWIMANA
Bose uko bavukana bava muri Mukike/Mayuyu, intara ya Bujumbura, mu ndinganizo ya kera. Kahise kabo ntako twogarukako hano, ariko ico kumenya n'uko uno musi bariko bakorana n'intwaro ya CNDD-FDD mur'uno mugambi wo kugomba guhuvya canke kugirira nabi impunzi. Barafise abandi bakorana mur'uno mugambi tutorinda kuvuga. Bigira ko barwanya CNDD-FDD mu mvugo, ariko ari ububeshi.
🔶 Umugambi wa mbere wa kino kintu FRB-Ingabe
Nkuko twabitohoje, umugambi wa mbere wa kino kintu ni kugira bajuragize abantu inyuma yaho bumviye ko hari umuhari RED TABARA. Amasoko yacu yemeza ko muri CNDD-FDD bamaze kumva ko umuhari RED TABARA wasubiye kugira inguvu, baciye biyumvira ukuntu bonyaruka gushiraho ikindi kintu gishobora kujuragiza canke guhuvya abarundi kugira bikunde bafate abiyumvamwo kugwanya iyo ntwaro. Ivyo biyumviye kubikora baciye mu mpunzi cane cane ziri muri EAC kuko bibaza canke bikeka ko ari zo zishobora kuba mu bambere bitaba iyo mirwi irwana. Aha rero biteze ko impunzi zishobora kwitaba canke guhurumbira ico citwa ikirobere hama bakazireheza kurisongoye.
🔶 Umugambi wa kabiri wa FRB-Ingabe
Hano amakuru twatohoje yemeza ko gushiraho kino kintu, bakavuga ko gitanguriye muri Nairobi-Kenya bifise umukenyuro wo kugomba kwagiriza izi mpunzi zo muri Kenya ko zatanguje ikiroberi kugira vyorohere leta ya Gitega gusaba leta ya Nairobi ko yoyifasha kurungika (kwirukana) impunzi yose y'umurundi iri muri Kenya.
Twibutse ko Leta ya CNDD-FDD ibandanya gukora ibishoboka vyose kugira impunzi z'abarundi ziri mu bihugu bitandukanye zitahuke. Ibi vyarayoroheye ku mpunzi zari muri Tanzaniya. Ariko bisa n'ivyayigoye ku mpunzi ziri mu bindi bihugu. Umugambi wo kuvuga ko ikiroberi c'abarundi gihereye muri Kenya ni kugira bacapfuze izo mpunzi z'abarundi ziri mur'ico gihugu, biheze biborohere kubirukako, nkuko bibandanya vyemezwa n'amasoko yacu.
Ikibazo co kwibaza hano ni: Mbega ko Pacifique NDAYISABA aba muri Australia avuga gute ko yatanguje ikiroberi muri Kenya ?
Hano rero twanditse buno butumwa kugira tugabishe uwo murundi wese aho aherereye, harimwo impunzi, ntasamazwe canke ngo arwe mu mutego w'iki kintu categuwe na CNDD-FDD bagicishije kuri kano karwi, hejuru haza Pacifique NDAYISABA, aba mu gihugu ca Australia
Organisation King Umurundi Freedom
Mais j'ai compris que depuis que nobody opened the mouth pour condamner la chanson de Sat B en plein génocide que on est une génération de moutons et d individualités accrues
On ne se plaint pas
On ne condamne rien
On trouve toute absurdité normale
Et c'est un gros souci !
🛑‼️Chère petite sœur,
Nous avons parfois été en désaccord ici sur X. Pourtant, personne n’a jamais bloqué l’autre. Cela m’a touché et m’a montré ton caractère, ton courage et ta force dans le débat.
C’est pour cela que je tiens à t’écrire ce message d’encouragement.
En regardant les médias, je vois que beaucoup de personnes te critiquent durement, ou parlent de toi avec beaucoup de sévérité, simplement parce que tu as choisi de donner ton cœur et ton énergie pour ton pays.
Moi, je sais ce que cela signifie de passer par de telles épreuves.
Je suis passé par des moments difficiles pour le pays de ma mère, le #Rwanda, et j’en suis sorti vivant.
Quand j’ai appris que tu avais dû laisser tes deux enfants derrière toi, dans l’espoir de leur offrir un jour un pays plus juste, mon cœur a été touché. J’ai senti que tu avais besoin de savoir que quelqu’un te soutient.
Alors Pamela, continue avec courage. Sache que tu n’es pas seule.
Même si nous avons parfois divergé, aujourd’hui je te soutiens sincèrement, ainsi que votre mouvement. Et sache aussi que c’est souvent dans ces moments-là que des personnes vont essayer de vous décourager.
C’est précisément le moment de se battre, je tiens également à te dire que moi aussi, je fais partie de personnes qui te soutiennent , à qui tu peux compter.
Je fais partie de ceux qui te soutiennent avec tout mon respect et mon soutien💯✍️
@ikigatanyakazi
#IntarezaMwezigisabo ✍️
Je propose à @NtareHouse d’acheter et d’offrir au Président Ndayishimiye ce livre de Jean-Paul Harroy :
« #Burundi 1955-1962 : Souvenirs d'un combattant d'une guerre perdue »
J'espère qu'après lecture, il aura le courage de présenter ses excuses pour ses propos sur Rwagasore.
@AntoineKaburahe C'est vraiment irritant que de lire ou d'entendre des délires provenant de censés intellectuels, conseillers de pacotille des autorités insensées, comme le Président du Burundi @GeneralNeva.
Chez les DD, tout est possible, sauf ce qui interpelle la conscience et la raison!
Izi gaffe za Gipupuzi n'aya ma agitations y'aba DD kuvyerekeye ifoto ya Pamela ntabibagize ko pendant ce temps, système DD iguma yiba, yica, itoteza abanyagihugu. Ntitwi focaliser cane kuma distraction yabo kuko in the meantime umugambi wabo wo guta igihugu mu manga urabandanya.
@nkuba2013 La naissance du FRONABU-Tabara qui devient plus tard RED-Tabara n'a rien à voir avec ces mensonges disant que Buyoya a donné le pouvoir aux Hutus plutôt Cette dernière a vu le jr après le vol des urnes en 2010 et la répression qui en a suivi aux militants du CNL et MSD"Safisha"🕯️
@GregLeGrecq Une fois que Bwejeri a fini d’exécuter tout ce que le DD lui avait demandé, le voilà qui revient remercier ses “élèves” du moins ibikonyozi vyiwe 😅. Quelle scène 😂😂😂
These are the young boys from the Banyamulenge community who chased Burundians, Wazalendo, and FARDC at Point Zero. Check how smart and disciplined they are.
Le Secrétaire Général du @CnddFdd, ses machines à blanchiment et ses outils de corruption massive.
En octobre 2023, Réverien Ndikuriyo, Secrétaire Général du CNDD-FDD, impose la fermeture forcée de TOUTES les salles de jeux d'argent sur le territoire. Dans la foulée, il rachète Lydia Ludic qui obtient le monopole total des salles de jeux dans tout le pays.
Il place ses proches aux postes stratégiques :
Le porte-parole de sa fondation PAX, Fabrice #NIRAGIRA, à la tête de la Loterie Nationale #LONA.
Son fidèle Chris #Nzobarinda (#ZANZI) à la tête de la société de contrôle B&N Partners qui comptabilise tout l’argent du secteur et empoche 40% des redevances !
Résultat : Réverien Ndikuriyo se remplit les poches de plusieurs milliards de FBU par mois grâce à ce racket légalisé et entretien une milice criminelle #Imbonerakure.
Les ténors du Parti-État pillent le pays en toute impunité, au moment où le peuple crève de faim
Détails 👉 #JP_RPA