@WilsonLixon Uyo avuga urwanda, mu rwanda hari umumtu yagiye yambaye umupira w cndd fdd ntaco bamugize muga mu burundi upfa kuvuga ikinyarwanda gusa bavuga baguteruye hari akantu wambaye umupora wa FPR ntawuzi iyo bosubira kukubariza
@FOCODE_ Hama ngo inyankaburundi ngo ni abavuga ibitagenda neza, gute kurugamba un commandant ashobora gutwaza inda ndende? Et aprรจs bagaca baza ngo igisoda cuburundi nicambere, hari kera aho igisoda cari cubahitse, giteye ubwoba, aho kuba umusoda รฉtait un honneur pour toi et ta famille
#Burundi Hari audio iriko irakwirakwizwa kuri za Whatsapp inbox ndayumvirije nsanga uburundi burafise kazoza kuba hari abana bariko bariyumvira ibi nivyiza.
Impanuro nobaha gusa birinde ntihagire abanyepolitike babaja mu matwi ivyo bakora vyose babikore kw'izina ryabo, birinde icitwa amoko n'amaronko ibisigaye bari mu nzira nziza. Izi audio uko nzozironka nzozibasangiza.
Hariho ibintu bigukurikira aho uja hose
Burya guhemuka si icaha kibabarirwa uko gusa! Abateguye ibi bitebe bitebuke bizobakorako! Aba bagabo batatu Felix-Evariste na Ramaphosa ivyabo sinzi!
Na cane cane Neva na Tshilombo!
@bernard_mi83908@ikigatanyakazi Mbe neva yirirwa aravuga ko FDD ari abasuma ko mutaravuga ko avuga ibinyoma?๐คฃ๐คฃ๐คฃ raba wicire ayagakate sha ni sawa ntawobiguhora๐คฃ๐คฃ
ยซ La crise que traverse le #Burundi, au-delร dโรชtre une crise politique, est une crise de domination et de contrรดle des ressources ยป.
le Rapporteur spรฉcial sur le pays, Fortunรฉ Gaetan Zongo (@RS_Burundi), au Conseil des droits de l'homme de l'@ONU_fr.
#HRC53
Rassemblรฉs ร #Gatumba, 48 militaires #Burundi-ais ont refusรฉ, avant hier, d'embarquer pour la #RDC oรน ils devaient faire partie du 20รจme Bataillon TAFOC. Les 48 militaires sont aux arrรชts.
Les militaires refusent de participer ร une guerre qu'ils ne comprennent pas. #M23#FDNB