@medardmuh Nne ugiyeyo uri igisuma cibishije inkoho ah wibaza ko hari uwutobinezererwa ?
Nukuri ww uri igipfu nta mutima ugira ndakuzi urazi ubusuma bwawe ww Medard ahubwo bagushizeyo Mike vrt
@medardmuh Na Mobutu,Buyoya,Habyarimana,Idi amin Dada bavuga uko nyen kandi bari bafise abagabo b'ibijuju nk ww bavuga uko ubu benshi barinyegeza !!!
Na ww si keraaa.