@akezanet@AkiliKirikou Nibaze ko ari AI, Tshirt yanditseko NEVA🤦. Aba artistes bashigikira/bakorana n'abariko bica igihugu, biba igihugu,.. On doit les traiter accordingly. Il a le droit de le faire, mais le public/sponsors devraient Etre exigeant and strict.
@Sihoturi Abarundi baroroshe kwibwa... Narabivuze ariko akoresha influencers, no muri basketball hose ... ntibumvirije. How come someone from nowhere ngo afise contract na dubai companies as if it's that easy..
@HTistou Il suffit d'Etre uruyoya pour rever cela. DD iveho ata amaraso asesetse ntibibaho. Ils feront le tout possible pour rester aux affaires. Nta mana izoza guhindura ubutegetsi, iyo ni faiblesse y'abanyafrica en general. s'ils restent naho, c'est le mm systm
Gaspillage de l’argent public: C’est confirmé : lors des festivités de son anniversaire, la Mwamikazi a payé Fally Ipupa pour agrémenter les célébrations.