Spécialisé dans les études environnementales, les solutions d'hygiène et d'assainissement et dans les services d'ingénierie de l'eau et de l'environnement.
@sopebu@NtareHouse@sopebu nukuri turabasavye iyi ngingo yo gutanga 10mil ltrs hama mukazigaburamwo gutatu ngo -4-4-2 muyobangire. Kuko kwugarira station irimwo ibitoro ku bantu baraye ku murongo ni ingorane mbi cane. Nibahe igitoro abatonze gihere kko ni umusi wabo wanyuma bazosubira mundwiza
@sopebu@NtareHouse Vraima SOPEBU murakwiye kwikubita agashi. Mupfa iki nama plaque 3,4,5 anywa mercredi et samedi? Kuki igihe cose imisi yayo muyisimba ntimusohore na liste ariko iyindi misi mugasohora une vingtaine de stations??? NUKURI plaque 3,4,5 turarushe.