@GregLeGrecq iyaba ari igihangange aba yaragiye kuri terrain akagaruza ama territoires bambuwe 😃😃 M23 aba ayigejeje Masisi abasubiza inyuma. uwuzokubitwa kare umubonera mumajambo ngo mumunkureko ntaramwica 🤣🤣🤣
Kw'isi turi plus de 8 milliards. Kuva umwaka utangura hamaze gupfa abantu bababa 40 millions, plus de 141.000 bapfuye uno munsi. Ariko ivyo biharuro bisumbwa n'abamaze kuvuka kuva umwaka utanguye, hamwe n'uno munsi. Ubu mpejeje kwandika iyi tweet hapfuye 60, havuka 130. Tunywe 🍺
Abarundi isinzi baracababajwe n'ivyaraye bibaye kwa Ndayizamba na le Parisien. Imiryango ibihumbi iri mu kangaratete.
Kwa Gipupuzi aka kanya muri diplôme y'umwana wiwe :
@GregLeGrecq@GeneralNeva ,ko twakuze twumva ko umwami iyo abonye igihugu kiri muvyago yiha ubuki urindiriye iki?MBE ko ata galerie yabategetsi turumva zisha nizo zikingiwe cane?murakoze gukenesha abarundi kugira inzu yamwe na njelina ironke aba clients.muzovyishura✍️✍️✍️
Après ama messages menshi, nuy'umusi I woke up early getting ready kwumva ko vyose vyaheze ntibirakunda 💔(ndacabaza ryari nzoje gusezera) .... ikibazo nagize ni kimwe "mbega, uribuka ko ufise kurondera akazi..like, urazi ko ataco ufise ubunyene?"
Merci kundemeshanyo🫂
"Hangana n'ivyiyumviro"😂😂😂. Ivyiyumviro vya DD vyo guhangana nayo ni ibihe? Ubusuma? Ubwicanyi? Idéologie génocidaire? Aho kubihanganira ni hehe? Kwi radio iyihe? Mu kinyamakuru ikihe? Reka basha n'iyo naïveté maladive y'abarundi. Je respecte ton opinion sauf que je m'en fiche
C’est de la bassesse
Kuraba uko umuntu ateye ukaronk ico ubivugako
Uri derrière les rideaux ni ubukene mu rukundo de soi
Zana naw tonncorps ici uraba ko babuea ico bayivugako
Hangana nivyiyumviro uve mubinure
Une conférence de presse animée par Révérien Ndikuriyo, Secrétaire Général du parti @CnddFdd
Ce 22 août 2026, à Makamba, chef-lieu de la province de Burunga, le parti @CnddFdd organise une conférence de presse sur la vie nationale, animée par son Secrétaire Général, Révérien Ndikuriyo.
Au cours de cette conférence, Révérien Ndikuriyo a indiqué que le parti se félicite du bon climat politique qui prévaut dans le pays. Il annonce également que la représentation légale du parti CNDD-FDD compte organiser des descentes dans tout le pays afin de s’enquérir de l’état de la mise en œuvre des activités de développement.
Le Secrétaire général du parti CNDD-FDD présente également ses condoléances aux personnes ayant perdu leurs biens dans les récents incendies qui ont ravagé certains marchés.
🔴📹 Cette conférence est retransmise en direct sur la télévision nationale ainsi que sur ses plateformes numériques, notamment #Facebook et #YouTube.
Niyigeragereze acting nkeka aba DD bazosubira kumuha umutahe, mais reste de la population irazi neza struggle irimwo.
One night baba bari muri za Moët/White-Party; bukeye, bagasanga le system DD yavyutse ibibutsa ko bazokwama basega, bati: «Reka duturire Le Parisien, kuko niho honye hari hasigaye bagurira utuntu tugezweho.