@SugiraMireille@US_SrAdvisorAF Le Droit International Humanitaire est violé publiquement. Dans les commentaires les spectateurs disent:" Ni karundi kale."(C'est un burundais).
Umwami Ntare IV Rugamba amaze gufata Kirundo, barabimenyesheje umwami w'u Rwanda ko Kirundo yafashwe maze arabaza ati: "Nta Nshinge na Rugero, vyose vyafashwe?"
Aho yabaza twa dusozi mubona two mu Kirundo Nshinge na Rugero.
@Real_Jocelin
Ni kuki mbega diplômes za sécondaire zo mu mwaka uheze zitariko ziratangwa ngo zisubizwe amashure kugira bazihe abanyeshure? Ubwo @Bujaprov2025 iriko iramenya ibiriko birabera muri DPE mu ntara yabo? Ubwo si ibiturire bisabwa?
@GeneralNeva@yigenga@MENRS4@haut_cadre@FOCODE_