Home
Language
English
Türkçe
Bahasa Indonesia
About
Privacy Policy
Terms of Service
Pricing
Sign In
Download All
Share
NDAYIZEYE
@NDAYIZEYEMo
Joined October 2020
585
Following
42
Followers
729
Posts
NDAYIZEYE
@NDAYIZEYEMo
8 days ago
@GregLeGrecq
Erega impuzu sizo zigir umuntu ic ari hew. Igihambay n'ivyo ashikiriza nk'ivyiyumviro
NDAYIZEYE
@NDAYIZEYEMo
23 days ago
@FOCODE_
Mur abo bose waadondaguye uwagutumye kumuvugira ni nde??
NDAYIZEYE
@NDAYIZEYEMo
27 days ago
@Sir_Umuhirwaa2
Yooo!! Mpuza n'iyo ntore
NDAYIZEYE
@NDAYIZEYEMo
about 1 month ago
@FOCODE_
Ariko ico bikoz urazi kubiba urwanko mu mirwi y'abantu batandukany kweli. Ngo nibo yiyumvamwo?Abandibo yoreka kubiyumvamwo gut kand aribo bamugendanira?? Wew uzoheza nabi kubera agatima k'urwanko ufise.
Who to follow
Umunyagitega🇧🇮🇧🇮
@umunyagitega
NDAYIZEYE
@NDAYIZEYEMo
about 1 month ago
@ReynoldsButari
Uraronse ivyo mwandika
NDAYIZEYE
@NDAYIZEYEMo
about 1 month ago
@ReynoldsButari
Kw'ari w wociy ugitwara naw ukaba wahunz amahoro wumva bizoca bigenda gut? Reka bab baragitwara.
NDAYIZEYE
@NDAYIZEYEMo
about 2 months ago
@nadine79_nadine
Ivyo muriko mugira vyose umuti wanyu uri ku mbabura, ntimwobazeko bizijana.
NDAYIZEYE
@NDAYIZEYEMo
about 2 months ago
@AteteAngelg2
@ReynoldsButari
@semerera2
@official48549
@GregLeGrecq
@lchacha810
@Irakoze04589404
@karyenda_
Erega kuba umu
#DD
nta caha na kimw kirimwo reka kuba mwitirany ibintu n'ibih.
NDAYIZEYE
@NDAYIZEYEMo
2 months ago
@GregLeGrecq
Ntakuruha gusumb ukw urimwo.
NDAYIZEYE
@NDAYIZEYEMo
2 months ago
@JPKibuti
@FOCODE_
Murarush n'ukuri sinobabesha.
NDAYIZEYE
@NDAYIZEYEMo
3 months ago
@yigenga
Wa wandi ati n'akambaro k'ibara.
NDAYIZEYE
@NDAYIZEYEMo
3 months ago
@sopebu
Komeza izo nkinamico zanyu zo kutwizeza ibitangaza mu kuduhuma amaso. Ni gut muguma mudutangariza ibitoro ariko ukwiyuguruza bikaguma bigoye?
NDAYIZEYE
@NDAYIZEYEMo
3 months ago
@FOCODE_
Mukama wanj. Non nk'uyo vy'ukuri yofasha igihugu iki yiyumvira uko??
NDAYIZEYE
@NDAYIZEYEMo
3 months ago
@medardmuhiza
@Edbiziman
@GeneralNeva
@AmbChineBurundi
@AntoineKaburahe
@rutwesdras
@BashirahishizeD
Mbega burya imbonakazoza y'igihe kirenza imyaka 10 ikorerwa isuzumwa ry'ishirwamungiro gut?? Uruyeri gusa ngo n'imbonakazoza
NDAYIZEYE
@NDAYIZEYEMo
4 months ago
@bwanyaburunga
Non har ikibazo babay aribo babitanguj
NDAYIZEYE
@NDAYIZEYEMo
4 months ago
@yigenga
Ntivyorosh ariko nta kundi
NDAYIZEYE
@NDAYIZEYEMo
4 months ago
@PamellaIraoc4
@MrFursana
Aho ntashobora kuguha ngo mpaka uc kur uwo yatanz numéro kugirango baronk ubufu 🙈
NDAYIZEYE
@NDAYIZEYEMo
4 months ago
@FOCODE_
Umuntu akorer ikibi mugenziwe umuh umwanya wo nyen, ibaze gukorer ikibi umuntu ukumv uratekany. Imana itabar uburundi
NDAYIZEYE
@NDAYIZEYEMo
4 months ago
@RTNBurundi
Basha aho kuri bwa busuma bw'abaraho ntituzomenya uwo muceri iyo waciye
NDAYIZEYE
@NDAYIZEYEMo
4 months ago
@burundi_cvr
@Burundicvr
Aho imber yo kuvyandika wafash akanya uriyumvira?? Mbega weho kugira muyishaj ukab uyifis utaguz, utagurir igitoro. Umwana iy ager umuger mw'isahani.
Last Seen Users on Sotwe
Serkan
Seen from
Turkey
حـصـريااات🔥 الــهـرم🤟💯
Gay Russia
Général Hama🇹🇳🇹🇳
Gatita Veve 🐈
Seen from
Chile
Mahesh
Seen from
India
เก็บเด็ก ข้างทางมาเน็ด
Seen from
Thailand
水瀨陽夢
Seen from
Japan
Dominant Alpha
Seen from
Germany
عادل الحزمي ☁️
Seen from
Singapore
Trends for you
1
Ukraine
Under 10K tweets
2
Mark Andrews
Under 10K tweets
3
Russia
Under 10K tweets
4
Putin
Under 10K tweets
5
Zelensky
Under 10K tweets
6
Ravens
Under 10K tweets
7
Mike Evans
Under 10K tweets
8
Jags
Under 10K tweets
9
Seahawks
Under 10K tweets
10
HIPAA
Under 10K tweets
Most Popular Users
1
Elon Musk
@elonmusk
241.5M followers
2
Barack Obama
@barackobama
118.9M followers
3
Cristiano Ronaldo
@cristiano
114.6M followers
4
Donald J. Trump
@realdonaldtrump
111.8M followers
5
Narendra Modi
@narendramodi
107.1M followers
6
Rihanna
@rihanna
98.7M followers
7
NASA
@nasa
92.3M followers
8
Justin Bieber
@justinbieber
91.8M followers
9
KATY PERRY
@katyperry
90.1M followers
10
Taylor Swift
@taylorswift13
84M followers
11
Lady Gaga
@ladygaga
75.5M followers
12
Virat Kohli
@imvkohli
73.5M followers
13
Kim Kardashian
@kimkardashian
70.9M followers
14
YouTube
@youtube
68.8M followers
15
Neymar Jr
@neymarjr
66.5M followers
16
Bill Gates
@billgates
65.3M followers
17
Selena Gomez
@selenagomez
63.1M followers
18
The Ellen Show
@theellenshow
62.2M followers
19
CNN
@cnn
61.8M followers
20
X
@x
60.7M followers
Olivia
Online
✨
⭐
💫