Project of Green Papyrus Cooperative. We are concerned citizens committed to promoting environmental-friendly and climate-sensitive production practices.
Le Tourisme est un domaine transversal. Il est une résultante de plusieurs aspects complémentaires qui doivent inciter les visiteurs à venir:
*Paix et Sécurité
*Transport
* Hospitalité
* Art culinaire
* Services de santé
* Propreté du milieu
* Produits disponibles
* Culture,
...
Iki gihongo c'amabuye imbere ya shantiye yahagaze mu gisagara hagati ca #Bujumbura kiriko kirarenza umwaka. Ntivyoroshe gutahura ingene nk'ivyo bigenda uko na rirya ivyo bibuye birunze mu nzira y'abagenda n'amaguru.
INCAMAKE (MU KIRUNDI) N'ITANGAZO (MU GIFARANSA) RISHIKIRIJWE NA @MininterInfosBi HAMWE N'UBUSERUKIZI BWA @ONU_fr MU BURUNDI KU VYEREKEYE INGARUKA MBI Z'IBIZA BIVUYE KURI EL NIÑO MU BURUNDI//RESUME (EN KIRUNDI) ET COMMUNIQUE CONJOINT (EN FRANCAIS) DU @MininterInfosBi ET @ONU_fr
Si au quotidien nous ne faisons pas l'effort d'atteindre la perfection nous installons la médiocrité sur la durée📌
Simenyera nonchalance, laisser faire dufise😱
Barundi benewacu, igihe cose twiba umwanya, dukora twikurayo tuba turiko 'turapfunya' igihugu cacu. Tugir'amahoro🙏
S.E @GeneralNeva s’est réjoui du fait que la population de @KirundoProvince répond avec enthousiasme à l'appel de multiplier la production agricole et que cette province regagne pas à pas sa place de grenier du #Burundi.
Il a encouragé la population à bien gérer la récolte
Avuye mu @KirundoProvince yerekeza i @NgoziProvince, Nyenicubahiro @GeneralNeva yaciye ku mutumba Ruvumu muri Kiremba (#Ngozi), arayaga n'abenegihugu bijukiye igiterwa c'ivoka mu mugambi wo gutera ivyamwa. Yabateye intege, kuko ngo bari mu nzira y'Imbonakazoza #Burundi(2040-2060)
La #Ruvubu en crue entre les provinces de #Muyinga (#Burundi) et #Ngara (Tanzanie). En provenance du Burundi et affluent clé de la #Kagera, la Ruvubu apporte des eaux de la source la plus lointaine du #Nil.
#Ruvubu river in flood between the provinces of #Muyinga (#Burundi) and #Ngara (Tanzania). From Burundi and key tributary of #Kagera river, Ruvubu is believed to bring waters from the farthest southern source of the #Nile.