Top Tweets for #Ubuhinga
🚀 Bagarutse impore kw’isi inyuma y’imisi icenda mu birere
👨🚀 Ba bagabo batatu n’umukenyezi umwe bahora mu rugendo rw’agatangaza mu birere, kuraba ivyo ku kwezi ingene vyifashe, bagarutse kw’isi.
🌊🛰️ Baguye mu mazi 🔗https://t.co/0AadODMqBt
#Ubuhinga

🎉Clôture de l’initiative #UBUHINGA BWACU
Soutenu par @sharenetburundi pour promouvoir la créativité et de résilience féminine.
📝Au menu: expo-vente, témoignages, ateliers & moments festifs à ne pas manquer !
🗓️Samedi, 11/10/2025
🕚11h-15h
📍TUNASHARE SPACE, Rohero 2 Av Moso

📌2⃣
👩🏭💰@Krockdeco et ses collaboratrices, visent la création d’un écosystème favorable à l'épanouissement des femmes au Burundi en mettant en valeur les métiers créatifs, culturels et environnementaux.

Uko ihoteli rurangiranwa yabomowe
Amasanamu ya ‘drone’ yerekanye uko #Sheraton Crossroads yari yuguruwe mu 1987 i #Mahwah muri #USA yabomowe hakoreshejwe #ubuhinga bukomeye.
Iyo nyubakwa y'i #New_Jersey yari yugawe mu mpera za 2023.
Raba video ya #BBCNewsGahuza
Malawi hatowe ubuhinga bwo gukundisha abana ishule
Muri #Malawi, ku bana 10, 9 ntibashobora gusoma ijambo ryuzuye.
Ubu, “abana ntibagisiba kw’ #ishule” kuko biga ari nko gukina.
Ni #ubuhinga buzimvye, ariko buzotanga inyungu mu gihe kirekire.
Raba video ya #BBCNewsGahuza
Si #igitero…
#Glasgow, mu gisagara c’uburaruko bw’Ubwongereza,
#amagorofa atatu yabomowe m’ #ubuhinga bukomeye.
Ni ahagiye kwubakwa izindi nshasha zo kubamwo.
Raba video ya #BBCNewsGahuza
Utahure ubuhinga bwa ‘ #Capoeira ’
Ng’iyi #intambo, #ubuhinga bwo #kwivuna, vyafasha abagurishwa nk’abaja.
Ubu buhinga buriko bukwira mw’isi.
Raba video ya #BBCNewsGahuza: https://t.co/j1qFp1KHuN

“Benshi bambaza igituma ntagendesha imodoka zakorewe abagendana #ubumuga, ariko jewe sinemera ubusumbane mu #mahiganwa.”
#Chetan_Korada amze imyaka 18 ahiganwa.
Raba #ubuhinga n'indoto ziwe:
#BBCNewsGahuza: https://t.co/KGRJ4pNb16

#Ubuhinga bwa ‘mzee’ Muhammad burabangamiwe
Ni gute umuzo wa telefne ngendanwa wamwiciye isoko?
👁️ Raba video ya #BBCNewsGahuza: 👉🏾 https://t.co/zWusvSJknm

Musome inkuru yose muciye ngaha 👉 https://t.co/ikNvuhEDce
Uwumukeneye yomurondera kuri 📞 +25766293200
#andikamagazine
#writeyourownstory
#umwuga
#umwigeme
#ubuhinga

Mpawenayo Yves akora udukinga dufasha abagendana ubumuga bw’amaguru kwiyunguruza.
Uwokenera iryo kinga, canke gushigikira iyo nkerebutsi yomwakura kuri +25769144843.
Soma inkuru yose ngaha: https://t.co/5cOZ6m1kw7
#andikamagazine
#writeyourownstory
#ubuhinga
#iterambere

Mu kunga ubucuti n’#amashirahamwe rutura yo mu mahanga cane cane ayo mu #Bushinwa yazobereye mu #bwubatsi no mu guhingura #ibikoresho vy’ukubaka, @BmbcBi ifise intumbero yo gushira #ibikorwa n’#ubuhinga vyaryo ku rugero #mpuzamakungu.
Mu kunga ubucuti n’#amashirahamwe rutura yo mu mahanga cane cane ayo mu #Bushinwa yazobereye mu #bwubatsi no mu guhingura #ibikoresho vy’ukubaka, @BmbcBi ifise intumbero yo gushira #ibikorwa n’#ubuhinga vyaryo ku rugero #mpuzamakungu.
@ObuhaOffice @MielsBurundi @Capt_Dukundane

Mu kunga ubucuti n’#amashirahamwe rutura yo mu mahanga cane cane ayo mu #Bushinwa yazobereye mu #bwubatsi no mu guhingura #ibikoresho vy’ukubaka, @BmbcBi ifise intumbero yo gushira #ibikorwa n’#ubuhinga vyaryo ku rugero #mpuzamakungu.
@ObuhaOffice @MielsBurundi @Capt_Dukundane

#BMBCinChina:Ayo #masezerano yuno munsi yarajanye no guhana ivyo #vyuma hamwe no guhana #ubuhinga bwo kubikora igihe bigize ibibazo.
@DukundaneCapt
@MielsBurundi @BgfBurundi
@ObuhaOffice @BurundiEco
@RT_Isanganiro @indundimag

Nta rindi shirahamwe mu #Burundi rifise #ubuhinga bwo kwerekana #imigambi nkuko.
https://t.co/oenPQC80bp
@indundimag @LaNovaBurundi
@BurundiEco @MweneKajekurya
@MielsBurundi @ObuhaOffice
@Ikiriho @EjohezaNews
@BwizaRadio @ABPInfos
@BgfBurundi @lejournalafrica
@Capt_Dukundane

#Qatar2022 : Irabire #ubuhinga buzokoreshwa mu kurinda abakinyi n'abafana #ubushuhe bw'ikirenga. https://t.co/daVmzPxyzm

🪪 Tumenyane na @FabsVision na Danny urwaruka rwiteza imbere rukorera mu gisata c’inyubako mu #Burundi
🔜 Tubahe map ejo ku wa 31/10/2022 isaha imwe y’ijoro (19h) kuri uru rubuga nyene, no kuri
@JimbereMag
#UrugendoShure #Ubuhinga #Fbu
👋 Helloo, ubu naho muri ready kumenya ingene #Urwaruka rukorera mu gisata c'uburimyi mu #Burundi rushoboye!
✍🏾 Isango ni ejo ku wa 25/10/2022 isaha zitatu z'agatongo (9h) kuri uru rubuga nyene, no kuri
@JimbereMag
#UrugendoShure #Ubuhinga #Fbu
Last Seen Hashtags on Sotwe
nolimits(***) filter:native_video
Seen from United States
kayseripasif
Seen from Turkey
omegle
Seen from United States
รับงานนราธิวาส
Seen from Thailand
nolimits
Seen from Germany
香港ts
momsonn(((*))) +filter:native_video
Seen from Korea
恋足
Seen from Germany
malatyacd
Seen from Turkey
偷拍
Seen from United States
Most Popular Users

Elon Musk 
@elonmusk
241.5M followers

Barack Obama 
@barackobama
119M followers

Cristiano Ronaldo 
@cristiano
113.9M followers

Donald J. Trump 
@realdonaldtrump
111.8M followers

Narendra Modi 
@narendramodi
107.2M followers

Rihanna 
@rihanna
98.6M followers

NASA 
@nasa
92.4M followers

Justin Bieber 
@justinbieber
91.8M followers

KATY PERRY 
@katyperry
89.7M followers

Taylor Swift 
@taylorswift13
83.7M followers

Lady Gaga 
@ladygaga
75.1M followers

Virat Kohli 
@imvkohli
72.9M followers

Kim Kardashian 
@kimkardashian
70.8M followers

YouTube 
@youtube
68.8M followers

Neymar Jr 
@neymarjr
65.9M followers

Bill Gates 
@billgates
64.9M followers

Selena Gomez 
@selenagomez
62.8M followers

The Ellen Show
@theellenshow
62.3M followers

CNN 
@cnn
61.8M followers

X 
@x
60.7M followers

























