Top Tweets for #itohoza
Duhamagarira Uburundi gukora #Itohoza rikomeye ku isanganya ryaraye ribaye mugisagsra ca Bujumbura 🇧🇮 kugirango tunenye neza ko Criminal @PaulKagame atabirinyuma.
@GeneralNeva @Burundi1stLady @NtareHouse
Vive le Burundi 🇧🇮 💟✅️
I #Gaza havugwa ubusoro (embryos) 4 000 bwononywe
igihe #Israel yatera ikigo c'irondoka, ivyo yo ihakana gukora nkana.
Inda y’amahasa ya Noura yakorotse ku mezi 7, k’uguhangayika.
#Itohoza rya #ONU rivuga ko harimwo ivyaha vy’ #intambara bibiri.
Raba video ya #BBCNewsGahuza
Cameroun – uko abantu bicirwa mu ngwano zo guhabuza #Ambazonia
Imyaka Ishika 10 iraheze #ingwano zihuza abashaka kwonkora iyo ntara kuri #Cameroun.
Ababa muri ako karere bakoreerwa amabi atandukanye, nk’uko biri mw’ #itohoza rya #BBC_Africa_Eye.
Raba video ya #BBCNewsGahuza
Nk’imbogo, amafi, n’ibindi binyabuzima #birahonera m’uruzi Magdalena n'inkengera, kubera umwanda woba ari uwo ihinguriro #Ecopetrol.
“Ingaruka ziri no ku #magara y’abantu”. #Itohoza rya #BBC_Eye ryavyubuye aho muri Colombia. Ecopetrol irabihakana.
Raba video ya #BBCNewsGahuza
“Inda y’amezi 15”: #itohoza kw’isama ritabaho
Muri #Nigeria, ubutegetsi busigura uko ari ubusuma bunatwara amahera menshi:
“Ntimubeshwe, bazobaha umwana w'uwundi muntu”.
Ni muri iri tohoza rya #BBC_Africa_Eye,
kuri #BBCNewsGahuza : https://t.co/o6UJyxWqFr

Bavukiye m’Ubufaransa, bagiye kurondera kazoza muri #Africa.
Ni nka #Menka_Gomis w’imyaka 39 abona ko amacakubiri n’ikumira
bifatiye k’urukoba, vyiyongera, nko muri #France.
Raba #itohoza rya #BBC_Africa_Eye kuri #BBCNewsGahuza: https://t.co/3vhFrGRM1H

#TB_Joshua yari umuvugabutumwa, umutunzi ruhebwa,
ariko bamwe mu bamuyoboka bavuga ngo:
“Twari tuzi ngo turi mw#’ijuru, ariko twari m’umuriro”.
Mw’ #itohoza rya #BBC_Africa_Eye, SCOAN : "ibimwagirizwa ata fatiro".
Raba video ya #BBCNewsGahuza: https://t.co/K7XkY43L18

#Umuvugabutumwa #TB_Joshua: mu bo yakoreye amabi harimwo umukobwa wiwe.
Ni benshi mu bayoboje biwe bononewe ubuzima, cane cane abagore.
Bimwe mw’ #itohoza rya #BBC_Africa_Eye,
Raba igice c’iri tohoza kuri #BBCNewsGahuza: https://t.co/4RImUur5Ei

#Itohoza rya BBC igisata c’Abarabu riranyegurura uko mu gihugu ca #Emirats_Arab_Unis,
abanyagihugu baho bamerewe nabi kubera ihumana ry’ #ikirere.
Hitezwe ko hazobazwa vyinshi mu nama y’isi y’ibidukikije #COP28.
Raba inkuru ya #BBCNewsGahuza: https://t.co/bTFKjRHg1a

#Kenya: Umwe muri bamwe banyuruza abana yaciriwe urubanza.
Ni inyuma y'inkuru y'igisata c' #itohoza #BBC_Africa_Eye , yo mu 2020.
Yirabe hano kuri #gahuza : https://t.co/GADGuByIpE

Hatangujwe #itohoza muri #BurkinaFaso nyuma y'aho hatorewe ibiziga 28 vy'abantu bishwe mu mpera z'umwaka. https://t.co/v3W5vAmLZZ

Kuki Museveni yanga u #Rwanda akomokamo?
https://t.co/L1kadCPy2c
#RushyashyaNews
#Itohoza
@VirungaPost

Last Seen Hashtags on Sotwe
anxiouspandaa
Seen from Chile
뿌뿌아린
Seen from Korea
yn fucking
Seen from Canada
femboi
Seen from Canada
야노네컷
Seen from Korea
minichatt(())****************************************************** filter:videos
Seen from Mexico
指奸实录
Seen from Brazil
WBBD
snapchat
Seen from Turkey
unexpected
Seen from France
Most Popular Users

Elon Musk 
@elonmusk
241.5M followers

Barack Obama 
@barackobama
118.8M followers

Cristiano Ronaldo 
@cristiano
114.5M followers

Donald J. Trump 
@realdonaldtrump
111.8M followers

Narendra Modi 
@narendramodi
107.1M followers

Rihanna 
@rihanna
98.7M followers

NASA 
@nasa
92.3M followers

Justin Bieber 
@justinbieber
91.8M followers

KATY PERRY 
@katyperry
90M followers

Taylor Swift 
@taylorswift13
84M followers

Lady Gaga 
@ladygaga
75.5M followers

Virat Kohli 
@imvkohli
73.4M followers

Kim Kardashian 
@kimkardashian
70.8M followers

YouTube 
@youtube
68.7M followers

Neymar Jr 
@neymarjr
66.4M followers

Bill Gates 
@billgates
65.2M followers

Selena Gomez 
@selenagomez
63.1M followers

The Ellen Show
@theellenshow
62.2M followers

CNN 
@cnn
61.7M followers

X 
@x
60.7M followers




