Top Tweets for #srdi
ClickFix now abuses finger.exe to pull a hidden script, then drops Lumma and NetSupport RMM. https://t.co/XsciASsB4t #ThreatIntel #Lumma #sRDI #NetSupport
#Mbariza : Uyu munyagihugu akabazo kiwe akerekeza umuyobozi wa #SRDI . Agira ati :
"Ndi niteka ryokubaza aka kabazo uwusanzwe atwara ishirahamwe #SRDI. Mbega amahera mwatuguriye imbuto kuva mu kwezi kwa gatanu ayo mahera ari hehe ? Mbega tuzoyabaza nde ?Mbega amazi mu mirima muri périmètre ya reta tuzoyaronka ryari ko imirima yumye kubera kubura amazi?
Ikindi kibazo cerekeye umushikiranganji w'uburimyi n'ubworozi. Mbega yoba azi ko Gihanga iri mu yambere irima umuceri ugaburira igihugu? Mbega arazi ikibazo gikomeye duhura cerekeye ivyo vy'amazi ?Arazi ko amazi amwe agurishwa muri hors périmètre hama abari muri périmètre y’a reta ntituronke n'ima?"
.........................
🔴Menya neza : Umurongo #Mbariza n'uburyo bushasha Focode ihaye abanyagihugu badafise aho bavugira kugira bashobore kubaza abategetsi babijejwe ibibazo bibabakiye bakoresheje ubutumwa bugufi . #FocodeAmplificateur de la #VoixCitoyenne.
Musomyi iki kibazo nawe hari ico woba ikiziko ? Dusangize intahe yawe muri komanteri .
🔴Mushobora kuduha ibibazo vyanyu muciye mu buryo bwa whatsap : +32 465 730 224 .
@GeneralNeva , @NtareHouse , @KwaNtare , @BMineagrie , @nshingamateka , @Burundi_senat , @BurundiGov

Amakoperative afitiye imirima y'umuceri mu kiyaya ca Ferme ya #Randa,muri @BubanzaCommune2, agiye gukurikiranwa n'Ishirahamwe #SRDI (Imbo). Ivyo vyamenyekanye kuva kuri uyu wa kabiri mu nama umuyobozi mukuru wa SRDI, #Dieudonné_Nahimana, yagiraniye n'abaharimira bose.

Les coopératives exploitant les rizières de la ferme Randa, @BubanzaCommune2, seront désormais encadrées par la Société régionale de développement de l’Imbo, a-t-on appris mardi lors d’une réunion tenue par le DG de la #SRDI, #Dieudonné_Nahimana, à l’intention des riziculteurs.

Umukuru w'Igihugu Nyenicubahiro @GeneralNeva yarakoranije i #Gihanga, ku wa 21/5,indongozi nshasha z'ishirahamwe rijejwe guteza imbere akarere k'Imbo #SRDI. Yarabahaye intumbero n'impanuro zotuma igiterwa c'umuceri gifasha mu kugwanya inzara kikongera kikinjiza amahera mvamakungu

Le Chef de l’État burundais, SE @GeneralNeva, a réuni à Gihanga ce 21 mai l'équipe dirigeante de la #SRDI. Il leur a donné des orientations stratégiques et conseils pratiques visant à faire de la culture du riz un levier de l'autosuffisance alimentaire et une source de devises.

Pour mener à bon port ce combat pour le développement de la culture du riz, la porte-parole du président du #Burundi,@nancymutoni, a indiqué à la presse que des conseils et orientations stratégiques ont été prodigués à la nouvelle équipe de la #SRDI par le président @GeneralNeva.

Le développement de la culture du riz pour passer d'une culture de rente à celle d'exportation a été au menu des échanges lors d'une réunion tenue ce jeudi 21 mai 2026, à #Gihanga, @Bujaprov2025 par le chef de l'Etat @GeneralNeva à l'endroit de la nouvelle équipe de la #SRDI

A new year. A new chapter.
Grateful for the milestones we’ve achieved and the people who made it possible.
Here’s to 2026 - full of innovation, collaboration, and growth. ✨
#SuzukiRnDCenterIndia #SRDI #HappyNewYear #NewYear #Year2026

Some celebrations are special because they remind us to pause, be grateful, and embrace new beginnings. 🌿
This Ganesh Chaturthi, may Lord Ganesha bring wisdom and joy into your lives. Wishing you happiness from all of us at SRDI.
#SuzukiRnDCenterIndia #SRDI #GaneshChaturthi #Celebration #LordGanesha #Prosperity #Joy

CSSC’s SRDI Unveils Record-Breaking 27,500 TEU Containership Design
#CSSC #SRDI #containership #design #shippingindustry
https://t.co/1eDssEviYB

#BMJ-Workshop "#Blockchain und Recht" vom 14.-16.12.2023 in #Saarbrücken
DANKE an @D_Linardatos @bmj_bund @irdi_Uni_MR @iwan_meier
Bald folgt der Sammelband in den Schriften zum Recht der Digitalisierung #SRDi bei @mohr_recht
@Uni_MR
Neuer Band in den Schriften zum Recht der Digitalisierung #SRDi
Die Doktorarbeit von Dr. Aurelia Philine Birne ist druckfrisch und mit Open Access in unserer Schriftenreihe @mohrsiebeck erschienen. #IRDirocks 🚀
👉https://t.co/cImert5dOm
#blockchain @irdi_Uni_MR

Le Ministre du @BMineagrie Prof. Sanctus NIRAGIRA, accompagné par celui du @MielsBurundi, ont effectué une visite conjointe pour s'enquérir de l'état des infrastructures hydro agricoles des périmètres irrigués encadrés par la #SRDI qui ont été démolies par les pluies diluviennes.

#Burundi Umukuru w'igihugu @GeneralNeva yagendeye imirima y'imiceri y'i Gihanga mu ntara ya @BubanzaProvince kuri uyu wa 22 Ndamukiza 2023 mu ntumbero yokwirabira ingene udukoko twateye iyo mirima. Agashimira ishirahamwe #SRDI ingene ririko rirarwanya utwo dukoko.

❓What are the competitive advantages of #SRDI (specialized, refinement, differential, innovation) enterprises?
❓How can they achieve steady and sustainable growth?
👉Here are the enlightening ideas from ZJU researcher:
https://t.co/PqJynDtp25
#ZJUinsight #SMEs #ZJUSOM

Last Seen Hashtags on Sotwe
Most Popular Users

Elon Musk 
@elonmusk
241.5M followers

Barack Obama 
@barackobama
118.8M followers

Cristiano Ronaldo 
@cristiano
114.5M followers

Donald J. Trump 
@realdonaldtrump
111.9M followers

Narendra Modi 
@narendramodi
107.1M followers

Rihanna 
@rihanna
98.7M followers

NASA 
@nasa
92.3M followers

Justin Bieber 
@justinbieber
91.8M followers

KATY PERRY 
@katyperry
90M followers

Taylor Swift 
@taylorswift13
84M followers

Lady Gaga 
@ladygaga
75.5M followers

Virat Kohli 
@imvkohli
73.4M followers

Kim Kardashian 
@kimkardashian
70.8M followers

YouTube 
@youtube
68.8M followers

Neymar Jr 
@neymarjr
66.4M followers

Bill Gates 
@billgates
65.2M followers

Selena Gomez 
@selenagomez
63.1M followers

The Ellen Show
@theellenshow
62.2M followers

CNN 
@cnn
61.7M followers

X 
@x
60.7M followers







































