Top Tweets for #umuhinga
Anas, umutohoji rurangiranwa yarishwe imiliyoni $18
Ni uwo muri #Ghana, #umuhinga mu gutohoza.
Ni bake bamuzi isura, nka mugenzi we yishwe mu 2019.
Yashumbushwe kuko sentare ya #USA yemeje ko #umukenguzamateka #Kennedy_Agyapong “yamututse”.
Raba video ya #BBCNewsGahuza
Wiyumviriye #Botswana, ubona ‘diamand’.
Ni kimwe mu bihugu vya #Africa gitunganijwe neza.
#Duma_Boko, perezida mushasha #umuhinga mu vyo amategeko,
avuga ko hari amasezerano yihutirwa.
Raba video ya #BBCNewsGahuza : https://t.co/D8dZud7jKc

@yigenga 🙈🙈🙈
Mr #Umuhinga ubwo sikubera inkuru yi @makambaProvince yabaye ce weekend mugihe bariko batira abapatiri aho @R_Ndikuriyo yanse kumvira ivyo #abakozi b’Imana jusque gushika kuri #Musenyeri bo muri Église Catholique bamusavye 🤔
👇👇👇 #Burundi
https://t.co/yEW6s4VIJh
#Gitega. Mu ntumbero y'ingendo arimwo Nyenicubahiro @GeneralNeva mu kugendera Imboneza mu kwitunganiriza imigambi yo kwiteza imbere, kabaye akaryo k'Umunyamabanga mukuru wa Reta Jérôme @niyonzimajer aho yaraye agendeye Umuhizi azwi nk'#Umuhinga mu bworozi #Inkwavu Eric Vyumvuhore

Miriam Ibrahim ni #umuhinga amaze gusanura amabombo arenga 200.
Mu ndoto ziwe zo gushika ku 10 000.
Raba ivy’iryo shaka ryiwe : video ya #BBCNewsGahuza : https://t.co/WwpMxvqaet

#Guidembaye_Apollinaire wo muri #Chad, si umusazi!
Ni #umuhinga atahurwa na bake.
Raba video ya #BBCNewsGahuza

Ku myaka 13, #Tracy_Rabi ni #umuhinga w’ivyo #amahera.
Uyu mwana wo muri #Tanzania, yigishijwe ibitamenyerewe,
none amaze gusohora udutabu dutatu turimwo ivyo #ubutunzi,
akoresheje amahera yiwe.
Raba video ya #BBCNewsGahuza: https://t.co/JN45NhigxW

Sivyacu Biteba Habe Namba Nukuntu turabira kubari mubihe vyabo "Soient paciente" Uzoshikirwa🙏#Umuhinga y'igenga Désire
Iyo usomeshej umuntu yamara kuba umuhinga ukamwima akazi umubwira ko ubuzi bwaheze nakare igifaransa ntikiribwa, aca yibera #Umuhinga yigenga.
😅
Bueno : “Kutagira amaboko ni ingorane nto”
Videos za #Gahuza: https://t.co/P5yYMATOIl
Kuri #Instagram, akurikiranwa n'abantu 150 000 barenga. Ni #umwana yabaye #umuhinga m’ugutamba.
Yavukanye #ubumuga, none ubu yabaye rurangiranwa.
Ingene #ijambo ry’#umuhinga mu #gutamba ririko rihindura #umuco
Precious ni #umwirabure wenyene mubo batambana; amaze gusaba ko yokwambara ibibereye uko #aremye, vyateye #ibiganiro kw’#ivangura.
Iciyumviro cawe kirahawe ikaze.
Izindi videos za Gahuza:
https://t.co/BoofhTW8pj
Amahoro. Abatimbokama ba Gishora basubiye inyuma, narabahuguye mu 2013, 2016 2018 na 2019. Ni aba 1 ubu. Erega ndi #Umuhinga. Naratoye #Inyandikongoma (Fonction mathématique) yandika #Umurisho w'ingoma. Ndisanga. Aho hari muri zone Kabanga ku musi w'#Imvukira 2019. Giheta oye.
Last Seen Hashtags on Sotwe
Most Popular Users

Elon Musk 
@elonmusk
241.2M followers

Barack Obama 
@barackobama
119.1M followers

Cristiano Ronaldo 
@cristiano
112.9M followers

Donald J. Trump 
@realdonaldtrump
111.8M followers

Narendra Modi 
@narendramodi
107.1M followers

Rihanna 
@rihanna
98.3M followers

NASA 
@nasa
92.3M followers

Justin Bieber 
@justinbieber
91.5M followers

KATY PERRY 
@katyperry
89.1M followers

Taylor Swift 
@taylorswift13
83M followers

Lady Gaga 
@ladygaga
74.5M followers

Virat Kohli 
@imvkohli
72M followers

Kim Kardashian 
@kimkardashian
70.5M followers

YouTube 
@youtube
68.8M followers

Neymar Jr 
@neymarjr
64.9M followers

Bill Gates 
@billgates
64.6M followers

The Ellen Show
@theellenshow
62.4M followers

Selena Gomez 
@selenagomez
62.1M followers

CNN 
@cnn
61.8M followers

X 
@x
60.8M followers










