@MaxNdayizeye#Focode imaze gutabara urwaruka rutagira uko rungana itaravye ubwoko,intara, cank idini, ivyiza imaze gukora kubana babarundi ntibigira uko bingana, wewe atari ukwiyamamura kuri ano mayira na za kit na kiosk yawe nta kindi tubona umaze gukora, amacakubiri gusa urayashoboye
@Andris_60 Maxime après KIT nibindi..,arafise ama Preuves ko Pacifique ataronderwa nukuri muze muragira aho mugeza mu kurwanya abantu , nimba ari KIOSK arimwo arashinga nayishinge atarinze guca ku mugongo w'umurundi Arara adasinziriye mu gutabariza umwana w'umurundi aba ari mu kangarqtete