Top Tweets for #Intwaro
Tugire Igihugu.
"Ubutigu burageze". Ico umuntu atarabona acerekwa no kuramba...
#REDTabara yamye izi Ico #kuvuga no #gukora. Ntitwigeze Kandi ntituzigera dukangwa n'ingaruka z'ivyo inyigisho za POLITIQUE:
#Intwaro Ibereye
Kugwanya #amacakubiri
#Ubucamanza bwigenga,
#Ubuntu,
#Kazoza keza,
#Kirazira
#Ubukene, zigisha.
Uyu musi, #Ukuri kwa mbere guhari nuko #Ubumwe Ari inkingi ikomeye mu gutabara #Uburundi
...,
Ubu #Bumwe dutegerezwa kubukomeza Aho turi Kandi tugakora ibikurikira:
1. Gukurikirana no gusangira amakuru aturaba y'Urugamba rwacu,
2. Kwereka no gukundisha incuti zacu inzira nziza yo Gutabara Uburundi twafashe,(mobilisation) kurusha uko twabikora.
3. Guterera ivyiyumviro, uburyo n'ibikoresho vya nkenerwa ku rugamba.
4. Kwongera tukaganiriza incuti zacu zakunze gutesha agaciro Urugamba rw'Abatabazi tukababwira ko Igihugu gikeneye amaboko yacu tweeese turi hamwe.
NB: Uko umwansi asugerezwa, Niko arondera inguvu zimumanukana mu Kuzimu. #RADIO #Rondera #FM ni kimwe mu bimenyetso. Umwansi azoduhunga .
Dufise intumbero:
1. Gutabara Uburundi n'Akarere,
2. Kurondeza hakoreshejwe #ubucamanza bwigenga impamvu y'Imungwa ry'Igihugu cacu.
3. #Gufata ababigizemwo uruhara no #kubigisha gukunda Igihugu no #Kubana n'abandi.....
#Igihugu imbere ya vyose.....

Mukirere cyo hejuru ya #YUDEYA na #SAMARIYA(#Palestine), ya ntwaro ya #Clusterammunition n'ishingiro ry'ubwoba isi yose ifite kubera #Intwaro ya #Iran idashobora gutangirwa n'imizinga izimya iyindi.
Src: #RT
Ni gute #Intwaro yotorera umuti ibibazo vy'igihugu mu gihe ivyo bibazo Ari #intwaro ubwayo ?
Mumfashe kwishura uyumuntu !
@Andris_60 @BurundiGov @FOCODE_ @GregLeGrecq @guykarema @ikigatanyakazi
@ChallUmurerwa Ese ubundi ntakuyaziga no ku ijambo #intwaro na Ryo tukarisiba mu bitabo byacu ko ryo rikora bibi birenge #gutwika? Minisita rwoseeeee 🏃
#Bakundwa ,
Muze tujye Inama.
Niba umuvandimwe asitaye, hanyuma agasaba imbabazi numva ibyiza tutakomeza kubizikura nk’#Intwaro yo kumwibasira😡 ibi mbivuze kubera ibyo mbona bigicaracara nka bumwe mu buryo bwo #kumwibasira! Bavandimwe, mbere yo gutokora igitotsi ….
#Twubahane 🙏

Mubisata bijejwe, #Intwaro #AmagaraMeza ,ndetse muri rusangi, ntawutakomye akaruru kubijanye ninzoga #Kick .
Ubu Nizera ko abarundi, turiko turatahura, ko twagizwe, ibicuruzwa, inka ikamwa!
Nguyo Jeremie niwe belle famille ya #Mukuna !
Jeremie niwe nyene inzoga #Kick.

Abatangakori bashikana imiriyoni 100 z'ibidandazwa bakuye hanze y' gihugu ku mwaka, cokimwe n'abatangakori bafise mu bubiko imiriyoni 50 z'amarundi inyuma yo kugenzurwa n'ikigo OBR , basabwa gutanga itagisi nyongeragaciro TVA .
#ubutunzi #intwaro @GoGomedia1

Ukaba ufise akakubakiye ushaka gushikiriza umwe mubagize Reta y'uburundi ariko ukaba udashobora ku mubona imbona nkubone ,urashobora ku mutefona kuri izo numero zatanzwe .#intwaro @NtareHouse

@ericmaverick250 5. wowe #mugabo uri gusoma ibi uhura na bene ibyo bibazo kwanza egera hano kidogo; niba uwo mugore ubizi neza ko akoresha abo bana nk'#intwaro ngo abakwime ubashe #KUMUPFUKAMIRIRA ukora ibyo ashaka; abo bana bakureho amaso, wowe kora inshingano kuri bo nibakura bazagushaka.
~End
@ericmaverick250 N'umugore mwashyingiranywe mu mategeko, aramuka nawe akoresheje #abana mwabyaranye nk'#intwaro yo kukubabaza kuri roho, ku mutima no mu bitekerezo, akagera aho abakwima cg abapakiramo #icengeramatwara ryo kubakwangisha rwose unyarukira mu mategeko mugatandukanywa mu mahoro.
#Intwaro: Umukuru wa zone Rubirizi ya commune Mutimbuzi yarakombowe.
Jean Marie Nahishakiye yahora aramutswa zone zone Rubirizi yagirizwa kwerekana inyifato itabereye umurongozi, kutubaha no kutumvira impanuro z'abamukurira.
Iyi ngingo uyakiriye gute ?

Aba nye #Syria baryohewe n’uko #USA yobakurako ibihano
Bavuga ko ibihano vyari bimaze imyaka 46 vyazingamitse igihugu.
Intumbero kwari guhasha #intwaro y’umukazo ya #Bashar_al_Assad.
Raba umwizero wabo muri video ya #BBCNewsGahuza
🗳️ Ng'ibi ibiharuro vyo kumenya, ejo mu gihe muzoja aho mwiyandishirije murondera ku matariki ya 12, 13 na 14 Rusama 2025, amakarata yo gutora...
#Amatora2025 #intwaro #Burundi

@yigenga Kireste ko kandi yakuwe n'intwaro y'uwo bava hamwe ari hanze agatuhukanwa n'intwaro y'uwo yapfunze. Sinon, na Boyayu yashengereye hanze atahukanwa n'intwaro yamuciriye urubanza.
#Gutahanwa #Intwaro #Itari #Rwawe
#Samuel_da_Silva_dos_Santos yatoye uruyoya mw’iyarara asaba iki?
Samuel na mugenzi wiwe begeranya iyarara batoye akayoya k’agakobwa aho barita, i #Rio_de_Janeiro.
Yakise ko ari akagwanyi, ubu ariko asaba #intwaro kukarera mu bana biwe 3.
Raba video ya #BBCNewsGahuza
Last Seen Hashtags on Sotwe
Most Popular Users

Elon Musk 
@elonmusk
241.1M followers

Barack Obama 
@barackobama
119.1M followers

Cristiano Ronaldo 
@cristiano
112.6M followers

Donald J. Trump 
@realdonaldtrump
111.8M followers

Narendra Modi 
@narendramodi
107.1M followers

Rihanna 
@rihanna
98.2M followers

NASA 
@nasa
92.2M followers

Justin Bieber 
@justinbieber
91.4M followers

KATY PERRY 
@katyperry
88.8M followers

Taylor Swift 
@taylorswift13
82.7M followers

Lady Gaga 
@ladygaga
74.2M followers

Virat Kohli 
@imvkohli
71.7M followers

Kim Kardashian 
@kimkardashian
70.3M followers

YouTube 
@youtube
68.7M followers

Neymar Jr 
@neymarjr
64.6M followers

Bill Gates 
@billgates
64.5M followers

The Ellen Show
@theellenshow
62.4M followers

Selena Gomez 
@selenagomez
61.9M followers

CNN 
@cnn
61.8M followers

X 
@x
60.8M followers




















