Top Tweets for #MapendoTV
@MeckyKayiranga Murakoze cyane @Mecky, ubwo barajyanwa mwijuru kukingufu umugani wa wamutalamu wo kuri #mapendotv. Shida ni zamingi. Aho kwa #Mulima biraba ngombwa ko naho hongerwa gufatwa, then, n'aho baturukaga hafatwe. Abo ba #TZ bageze #Fizi bo babe bakora u-turn vuba na bwangu.
🛑‼️ Ubutumwa, @Fidelrugabo, agate #Kilogologo, ati nyaruka ukure imiserebende yawe mumisozi ataruko
Sogereya #Minembwe upate kifo 🔥🔥
#MapendoTv 🎯
🛑‼️ Ibintu nivyoroshe, muri #Kalingi #Minembwe #Mikenke, #Fardc na #Fedenebe ya #Kilogolologo , bateye drone 4 muri #Minembwe , zaje zivuye muri #Sange , aho #AFCM23 yaheruka kurekura, izindi ziva kuri points zéro, ubu nukuvuga yuko #Twitwaneho na #Afcm23, bagiye kugawanira kuri #Pointzero adouii bamuhonde , uyu mwaka akazi kazohera neza kandi canee 🔥🔥🔥
À suivre….
🛑��️ Kuri #MapendoTv , baravuga bati ego m’Urwanda badugije ibiciro vy’igitoro , none m’Uburundi baduze igitoro badafise, ngo numuyaga wo kuri Tanganyika basigaranye, ntacoroshe bagabo nama cerere gusa 😂
🛑‼️ Fata Fata ehe bataye umurongo wo #Muruvumera , bumvise ahari igitoro,
Ubu ntaho bagiye kuri station yo mukibenga, kuva mugitondo nuko🏃🏾♂️➡️🏃🏾♂️➡️😂😂
🛑‼️ Kuri #MapendoTv n’a #BwizaTv , ngurazi gukubitwa impfunira , sha ng’urya yakoze opération ni Bad Boy😂😂
Bareke babandanya kuduza drone zikaja kwica #Abanyamulenge bakibazayuko , abarundi bazorusimbuka wapi , n’ingwano zo muri #Iran n’Ubufaransa banze kwinjira mu ngwano kubera bazi
Ingaruka mbi , yoga ije kwica abanyagihugu babo, Hama
#Kilogologo , ari Km30 akibazayuko azogwitaha ukwonyene wapi ni 💥
#Intarezamwezigisabo
🛑‼️ Bwana #Keddy ,umvugiye ibintu naringiye kuvyandika none ubivuze neza , Ikindi nashaka nda kw’unganire , iyi ngwano irimwo ubwenge bwinshi cane umutwe w’inkotanyi uriko urakora , #Keddy ndagutahura yuko ushaka yuko aduiii bamushikana kisangani, hama Umurundi akaboroga umutanzania akaniha🥲
#Keddy har’ibintu tutokwandikira ngaha kubera aduii acaronka aho amenera wewe gusa ibuka akahise , ikindi umugambi uhari ni mwiza cane ahubwo ubu niho biryoheye ati gute , nzobivuga vuba aduiii bamushikanye hakurya navuze , ico nisabira nuko @GeneralNeva yotuzanira iyindi miserebende 🙏🏽
Dawa ya moto ni moto 🔥🔥
À suivre…
Ikiyago c’umurundi aba mubice vya #Uvira muri #Rubirizi , ati umutekano wa #AfcM23 ni 5/5 ✅
#MapendoTv
#Intarezamwezigisabo
👂👇🏾👍🏾
Umuhungu wa #PaulKagame ,
mwenyewe #KeddyMapendoTv ,
mtoto wavumbi na kiasho ,mtoto wamilipuko, aratubwira aho #AfcM23 yugariye 🔒, hama akaba ahaye kasopo #Kilogolgo ati agabanye inzoga ataruko nukwambara Pampers kubera yangwara yiwe ya prostate👂👇🏾👇🏾🤣
🤣🏃🏾♂️➡️🏃🏾♂️➡️
#MapendoTv
#Intarezamwezigisabo
Abagaye #AfcM23 kuvyo yakoze turi benshi .
Hama jewe ndibaza canke bwoba ari bwa burozi bwa babafumu ba @fatshi13 bukomeye 🤷🏾♂️
@bwizanews
#MapendoTv
#Intarezamwezigisabo
🗣️ #Keddy tunakupata 5/5 @Red_Tabara irabandanya kubavugutira umuti twa tugara turihehe vyabipinga muko wapi ivi Nima konzi we @JolieNeza1 Kamata bisous 🤣🤣
#RT ikibazo cabo ntumenya aho baserukira @GeneralNeva uri tayari 🔥🔥
Ubu #Kirogorogo itiro ryanze kuboneka Kuvaho afande #Rugabo yavuzeko @Red_Tabara yibereye mu kirundo no mucibitoke vyamucanze 🤣🤣😭
👂👂👇🏽👇🏽
@FearlessLion03
@FelixMugenzi
Umwe mubatahora bafise amakuru akwiye kuri @Red_Tabara none bayaronse bakumirwa. Umviriza abagire ku muriri. Umviriza Keddy wa #MapendoTv. @ikigatanyakazi @WilsonLixon @Bob420926455999 https://t.co/4COs3Orukk
#RDC Que d raisons pr etouffer la visibilité de @moise_katumbi...
@nyotatv et #mapendotv fermées. @bernadette_dos

Last Seen Hashtags on Sotwe
minichat within_time:60m has:videos
minichat
Seen from Germany
mahoushounen
Seen from United States
SecondChanceMonth
Seen from United States
minichat()*************** filter:videos
fratbros
Seen from United States
minichat()**********filter:native_video()
Seen from Netherlands
nacdsregional
Seen from United States
conjunto
Seen from United States
ديوت_أختي
Seen from Germany
Trends for you
Most Popular Users

Elon Musk 
@elonmusk
241.8M followers

Barack Obama 
@barackobama
119M followers

Cristiano Ronaldo 
@cristiano
114.6M followers

Donald J. Trump 
@realdonaldtrump
111.9M followers

Narendra Modi 
@narendramodi
107.2M followers

Rihanna 
@rihanna
98.7M followers

NASA 
@nasa
92.4M followers

Justin Bieber 
@justinbieber
91.8M followers

KATY PERRY 
@katyperry
90.1M followers

Taylor Swift 
@taylorswift13
84M followers

Lady Gaga 
@ladygaga
75.5M followers

Virat Kohli 
@imvkohli
73.5M followers

Kim Kardashian 
@kimkardashian
70.9M followers

YouTube 
@youtube
68.8M followers

Neymar Jr 
@neymarjr
66.5M followers

Bill Gates 
@billgates
65.3M followers

Selena Gomez 
@selenagomez
63.1M followers

The Ellen Show
@theellenshow
62.3M followers

CNN 
@cnn
61.8M followers

X 
@x
60.7M followers





