Top Tweets for #Keddy
Gününüz güzel geçsin 🫡😍🐈⬛
İyi akşamlar time 💛💙🫡
#keddy
🛑‼️ Bwana #Keddy ,umvugiye ibintu naringiye kuvyandika none ubivuze neza , Ikindi nashaka nda kw’unganire , iyi ngwano irimwo ubwenge bwinshi cane umutwe w’inkotanyi uriko urakora , #Keddy ndagutahura yuko ushaka yuko aduiii bamushikana kisangani, hama Umurundi akaboroga umutanzania akaniha🥲
#Keddy har’ibintu tutokwandikira ngaha kubera aduii acaronka aho amenera wewe gusa ibuka akahise , ikindi umugambi uhari ni mwiza cane ahubwo ubu niho biryoheye ati gute , nzobivuga vuba aduiii bamushikanye hakurya navuze , ico nisabira nuko @GeneralNeva yotuzanira iyindi miserebende 🙏🏽
Dawa ya moto ni moto 🔥🔥
À suivre…
Film y’ukuntu Abarundi bakubititse, ngo aba mama baraho bagiye kumva induru n’akaruru. #FDNBi ihunga, @MeckyKayiranga na #Keddy sha, ngw’ Abarundi bari baratwifatiye kumbe twasanze nabo ni nkaba #Wazalendo.
🤣🤣
À suivre..
#Intarezamwezigisabo
👂👇🏽👇🏽🤣🤣
🗣️‼️Update‼️🔥🔥 , Bwana #Keddy
Ubutumwa abuhaye #Baratuza #Primeniyongabo na #Kilogologo @GeneralNeva sha mukwezi kwa 4 narababwiye muzokubitwa hama mwisange mujabutse Tanganyika na rusizi mutazi no kwoga mtacapwa 🤣🏃🏾➡️🤣🔥🤣🔥
‼️#Kamanyola 🇨🇩 ,nahuye nabahungu bane babarundi ndababaza muri mumaki ngaha ngo turiko turondera iki aide kumbe bahunze urusoro gwa #Twarwanteho 🏃🏾➡️🤣🏃🏾➡️🤣
Mtoto wa Nyakabiga 👀🔭✋🏿🤣🤣
À suivre…
#Intarezamwezigisabo
🗣️ 5/5 Shida nizamingi Bwana #Keddy 🫡
Uko @GeneralNeva iyo yamaze guhaga agaca ashaka kwipima n’#Urwanda bandanya ahubwo rinda jabuka ujeyo rasa 🙏🏽
#Kilogologo uyu mwaka ikarata ya bibiliya wama ukunisha hamwe nt’ivyamoko bigiye kuguca kuwamazi.
‼️Hama #Kilogogo umusirikare wawe Captain nduwimana Alphonse yafashwe matekwa muri #nzibira ngo Cakiii🤣🤣
Ariko amerewe neza kandi amakuru nfise gusubira hiyo ngw azunguruke igihugu cose namaguru yopfuma yigumira hakurya 🤣🤣🤣
À suivre…
#Intarezalwezigisabo
👂👇🏽
#GOMA-@RubavuDistrict : #KEDDY NA #MECKY KU MUPAKA|| ABAVUYE MURI FDLR 277 BATASHYE MU #RWANDA|| AMAKURU AGEZWEHO
https://t.co/AxBmfW1jV7
🗣️Bwana #Keddy ati @GeneralNeva aguma yumva ibintu bijegajega muri axe ya #Bweyeye ubwoba bukamwica
Itiro ngo piii 🤣🤣🤣
#Kilogo rinda 🤣🏃🏾➡️🤣🏃🏾➡️
À suivre
@Red_Tabara 🇧🇮💪#Revolution is a must! Barundi Barundikazi stand up please! Let’s save #Burundi the time is now. Igihugu kiragwanirwa…..freedom doesn’t come for free💪🇧🇮🇧🇮 ( #Mapendo TV please subscribe for more RT news ) #Keddy @ikigatanyakazi
🗣️ #Keddy tunakupata 5/5 @Red_Tabara irabandanya kubavugutira umuti twa tugara turihehe vyabipinga muko wapi ivi Nima konzi we @JolieNeza1 Kamata bisous 🤣🤣
#RT ikibazo cabo ntumenya aho baserukira @GeneralNeva uri tayari 🔥🔥
Ubu #Kirogorogo itiro ryanze kuboneka Kuvaho afande #Rugabo yavuzeko @Red_Tabara yibereye mu kirundo no mucibitoke vyamucanze 🤣🤣😭
👂👂👇🏽👇🏽
@FearlessLion03
@FelixMugenzi
🗣️ #Keddy tunakupata 5/5 @Red_Tabara irabandanya kubavugutira umuti twa tugara turihehe vyabipinga muko wapi ivi Nima konzi we @JolieNeza1 Kamata bisous 🤣🤣
#RT ikibazo cabo ntumenya aho baserukira @GeneralNeva uri tayari 🔥🔥
Ubu #Kirogorogo itiro ryanze kuboneka Kuvaho afande #Rugabo yavuzeko @Red_Tabara yibereye mu kirundo no mucibitoke vyamucanze 🤣🤣😭
👂👂👇🏽👇🏽
@FearlessLion03
@FelixMugenzi
🗣️ 5/5 Bwana #KeddyMapendoTv atubwira ukuntu mumisi yahera @Red_Tabara yahondaguye aba @fdnbbi bagiye kubitambikako
@GeneralNeva uko tayari kupigana
Arongera Ari none ko Twigwanteho itabatera kandi aba nyamulenge bayagariza ko yishe abiwabo??
A suivre…
Big Up Bwana #Keddy
#Intarezamwezigisabo
👂👂👇🏽👇🏽
Bwana #Keddy tumutege amatwi atubwire ukuntu @Red_Tabara na l’état ya @GeneralNeva bagiye kuzokorana kuvyerekeye gutaha .
Narababwiye kuvaho #Goma #Bukavu ivuyemwe @SinduhijeA yaciye abonako i dear yiwe ariho igiye kw umwa naba nywanyi biwe numu oportiniste ari très dangereux 💯
Jewe nsingwanya abashaka guhirika aba #DD jewe ngwanya aba opportuniste bashaka inyungu yabo
Ubu hazoza bisha ataruko nivumbi canke tumarane twese
Rero ico noba menyesha ivyiza biri mwitegure ihondagugwa rya @GeneralNeva 🫵🔥🔥🔥
Iyi ndwi imigwano izoba itoroshe kubutaka bwa #Congo bwana #Keddy aducira agace ko muri #Walikale dutege 👂
@RealManziWilly @SugiraMireille @LawrenceKanyuka @Katsuva_R @dr_dash250 @MeckyKayiranga



Last Seen Hashtags on Sotwe
binor gemuk
Seen from Indonesia
mallugirl
Seen from India
momson() filter:native_video since:2026-06-14
Seen from India
cum
Seen from United States
福利姬
Seen from United States
keerthisureshhot
Seen from India
mbull #hslut
Seen from India
gaycruising
Seen from United States
solo
Seen from United States
اكله_شعبيه_تحبها
Most Popular Users

Elon Musk 
@elonmusk
241.1M followers

Barack Obama 
@barackobama
119.1M followers

Cristiano Ronaldo 
@cristiano
112.6M followers

Donald J. Trump 
@realdonaldtrump
111.8M followers

Narendra Modi 
@narendramodi
107.1M followers

Rihanna 
@rihanna
98.2M followers

NASA 
@nasa
92.2M followers

Justin Bieber 
@justinbieber
91.4M followers

KATY PERRY 
@katyperry
88.8M followers

Taylor Swift 
@taylorswift13
82.7M followers

Lady Gaga 
@ladygaga
74.2M followers

Virat Kohli 
@imvkohli
71.7M followers

Kim Kardashian 
@kimkardashian
70.3M followers

YouTube 
@youtube
68.7M followers

Neymar Jr 
@neymarjr
64.6M followers

Bill Gates 
@billgates
64.5M followers

The Ellen Show
@theellenshow
62.4M followers

Selena Gomez 
@selenagomez
61.9M followers

CNN 
@cnn
61.8M followers

X 
@x
60.8M followers










