Top Tweets for #Munoho
Amakuru dufise nuko Kagame yoba araza kuryamusonga @pnininahazwe alias #Munoho ko ataco yashitseko kuvyo yari yamwemereye.
Ninaco gituma uno musi ariko yigira Umuntu azi ivyagisikare cane kandi ataco ashoboye.
Tumwibutse ko ataco ajejwe muri kino gihugu cotuma ategeka igisirikare
@pnininahazwe ni wewe wasubiriye #Willy_Ngoma?
Ntumaramara ariko birumvikana kuko amatwi adusumira ngo uri kumivumo myinshi harimwo iy'abo watuririye Abantu tutibagiye n'iy'abavyeyi bawe!
@FOCODE_

Uyu mwana yaraguye mw'isanganya kuba yavutse kumuntu yitwa @pnininahazwe .
Muti kubera iki?
#Munoho ni Umuntu arangwa n'amacakubiri n'urwanko rudasanzwe ariko ntantambwe azotera❌
@FOCODE_

@pnininahazwe Uyu mugabo @pnininahazwe benshi bazi kw'izina rya #Munoho ejo canke hirya yejo muzokumva yiyahuye! Bibonekera muri ayo majambo n'inyandiko ziwe kuko ntagisonera na #Sebarundi @GeneralNeva Umukuru w'igihugu c'Uburundi 🇧🇮 akaba n'umukuru w'ibihugu bigize umuryango w'ubumwe bwa.

L'imbécile @pnininahazwe alias #Munoho 🤣
Le parti @CnddFdd est soutenu par tous les Burundais, sauf les traîtres comme toi!
#ToraNeva2027
@NtareHouse @CBurunga @GeneralNeva @SNzikoruriho @DorianeMunezero @sinrenovat

Amayeri y'iyi mbwa itukura ntagitanga umusaruro 🤣
#Munoho alias @i_itukura uguma uturatura kubera guhemuka!
@FOCODE_ @NtareHouse @CnddFdd

Kera iyo buca haba congés ya CNDD fdd @pnininahazwe #munoho , yarasaragurika mukwandika ivyo yita ngo namakuru yibanga yivyaba vyafunditswe n'a conseil des sages knd wasanga bimwe bimwe arivyo
Kuvaho #mwarabu bamuconjize ntamakuru nawe yasubiriye gusohoka ,niwe yamena amabanga

Mbe mumbonera @pnininahazwe harico yavuze kuri uyu mugabo yazigako uburaro n'uburamuko 🤣
Ewe #Munoho sha😀.
Nciye nibuka umusi uraho washuha umutwe ugira ibigabiro vy'urutavanako ngo vuba bagiye gushika Bujumbura none ngaba baratanguye kubahongora🤠
@FOCODE_ @CnddFdd @radio_rpa

Ewe #Munoho sha bizokugora namba batamaze kukugora🤣
Mbe @pnininahazwe na @FOCODE_ yawe,ni gute mwubahuka kuvuga ibitandukanye n'ivyo uwo vyega atariko aravuga ??????
Shame on you 😀

Ibi @pnininahazwe alias #Imbwa_itukura @i_itukura ,#Munoho ntashobora kubibona!
L'homme maudit 🤔
Mwarakoze cane Nyenicubahiro @GeneralNeva 🙏
Mwarakoze cane @CnddFdd 🦅👊🇧🇮
Mwarakoze cane mwebwe mwese mwagize ico mukora kugira ngo turonke iki kibuga #Intwari✊

Nimwabona abantu @pnininahazwe #Munoho yamiza mukanwa muzomenye ko abo bantu bazoba bari kukivi💪
Amajambo yaba #Mujeri ntazoduca intege 🙅
@CBurunga @CnddFdd @NtareHouse
Abatekamutwe 2.
Ntakirimwo, igihugu bakiriye bacicayeko!

Komine #Musongati muntara ya @burungaProvince 👏👏
Mwarakoze cane #Bagumyabanga kuko mukomeza kwemeza bamwe basya batazambaye ngo bashaka kubankisha Umugambwe @CnddFdd ,aho ndavuga #Munoho @pnininahazwe
Uko ndabibona amaherezo yiwe aziyahura🤣
@R_Ndikuriyo @CBurunga @NtareHouse

Mbe ndikumana Faustine agezehe kwatagikoma?
Gasopo: niyasubira kuvuga akavuga akankamwa ukuraho umengo président ni petit frère wiwe, ntidukeneye induru za #munoho muriza ndondeza!

Nshima KO Faustin ari umugabo kandi ashigikiwe n'a #pacifique nakore ikiganiro yishure kuvyo #neva yamuvuzeko donc ya défis itakunda kwa #munoho , Faustin agire iyo challenge ! Bwana @ParcemBurundi siwewe uri muriki gihugu wenyene ubona ibitagenda neza wenye.
Vyompimbara ba #Munoho bapostinze ino foto basi bagapfuma bakandika ko buno buhinga Mama Mugiraneza yakoresheje bwatwaye amadorare menshi mu gutandukanya bano bana bavutse bafatanye. Kandi ko bikorerwa i Burundi.
Canke Bakandika ku vyishimo Imiryango yari yarihebuye mu kubura uruvyaro isigaye ifise ibifashijwe n amadorare menshi akoreshwa na Fondation UMUGIRANEZA mu buhinga bwo kubaronsa uruvyaro ata #Mubambe...

Umwamikazi arabaramutsa ngo taha naho muba. #Munoho, #mitunu,#mpemayuzuye @pnininahazwe abandanye aharura ivyo yambara.
Abarundi turagukunda Mama @Burundi1stLady
@nellynadia3 @Patriote257 @NKUNZIMANA98301

None #Munoho yipfuza ko abantu bose bambara ako gasaha yambaye? Ko tuzi neza ko inoti yiwe yayimariye mumigumuko ya 2015, ubu arajwe ishinga n'uko abo Imana yahezagiye bambara? Amajambo kwa @pnininahazwe yaheze ntana d da di du do de bagifise.

Ico mutaribwabone kuri @pnininahazwe :
1. Niwabona umugabo atanguye kuvuga uko abantu bambara.
2. Niwabona umugabo atanguye kuvuga umugore atari rwiwe.
Muzoce mumenya ko kabaye, ubukene bwamuhushuye, ataco aba acambariye, yicwa n'inzigo agirira abo Imana yahezagiye. #MUNOHO

Last Seen Hashtags on Sotwe
snapchat ()()()()()filter:videos
Seen from Denmark
接骨院
Seen from United States
filmphoto
Seen from Denmark
ipcam()***************************************************************** filter:native_video
もえにー
Seen from Japan
hijab #trans
Seen from Turkey
ควยดารา
Seen from Thailand
HotBeard
Seen from Russia
royalteeth
Seen from Pakistan
เสียวควย
Seen from Thailand
Trends for you
Most Popular Users

Elon Musk 
@elonmusk
241.7M followers

Barack Obama 
@barackobama
119M followers

Cristiano Ronaldo 
@cristiano
114.4M followers

Donald J. Trump 
@realdonaldtrump
111.8M followers

Narendra Modi 
@narendramodi
107.2M followers

Rihanna 
@rihanna
98.7M followers

NASA 
@nasa
92.4M followers

Justin Bieber 
@justinbieber
91.8M followers

KATY PERRY 
@katyperry
90M followers

Taylor Swift 
@taylorswift13
83.9M followers

Lady Gaga 
@ladygaga
75.4M followers

Virat Kohli 
@imvkohli
73.3M followers

Kim Kardashian 
@kimkardashian
70.9M followers

YouTube 
@youtube
68.8M followers

Neymar Jr 
@neymarjr
66.3M followers

Bill Gates 
@billgates
65.1M followers

Selena Gomez 
@selenagomez
63M followers

The Ellen Show
@theellenshow
62.3M followers

CNN 
@cnn
61.8M followers

X 
@x
60.7M followers




![NindoreraF67611's tweet photo. #Pasifike alias #Munoho, uzobona kenshi munyandiko ziwe agerageza kwankisha abenegihugu Umugambwe @CnddFdd ariko yomenya ko atakaza umwanya.
👇Zone #Mukubano yo muri Komine #Nyanza bavuga bâti:"Abagumyabanga turiho kandi tuzokwamaho imyaka yose[...] Amen 🙌"
@CBurunga @FOCODE_ https://t.co/5ujKAPbAo5](https://pbs.twimg.com/media/HIBabrBWoAAq0_I.jpg)









